28/03/2026
amadeni udakwiye gufata uko vyogenda kose,nimba iri umudandaza canke wipfuza guterimbere
1.Ideni ry inyungu riri hejuru (interest)
👉 urugero:
• Amakarita y abanki ikoreshwa nabi(credit card)
•Inguzanyo zabantu zifise inyungu nyinshi.
2.Amadeni yokwishura ayandi madeni (bad cycle)
👉 gufata ideni rishasha ngurihe irindi deni
• bituma wama kumadeni
• inyungu ziriyongera cane
3.Amadeni atagira integuro yingene azokwishurwa
👉 iyo ufashe ideni:
• utazi ingene uzoyishura
• utazi aho amafaranga azava
🌹ibi bigushira mumwobo wamadeni(debt trap).
ariko rero hari namadeni ashobora kuba meza tizoyabona nayo
•