Gahuzamiryango national et international

Gahuzamiryango national et international Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Gahuzamiryango national et international, Education, Naïrobi, Nairobi.

10/11/2025
Uuyu muntu biboneka neza ko ari umurundi nkuko amakuru tuyahabwa n'abari aho fizi mugihugu ca rdc batubwira ko yariyagiy...
15/07/2020

Uuyu muntu biboneka neza ko ari umurundi nkuko amakuru tuyahabwa n'abari aho fizi mugihugu ca rdc batubwira ko yariyagiy kubitaro vyaho nyene none yitavy imana rero gira partag kuriyi groupe wongere ugire j'aime kugira boose babibone uyumubiri w'umurundi wacu ushikira abiwabo!!

ejo ahobukera niho président w'uburundi mushasha j.m Évariste ndayishimiye azoshikira amabanga yokurongora igihugu cacu ...
17/06/2020

ejo ahobukera niho président w'uburundi mushasha j.m Évariste ndayishimiye azoshikira amabanga yokurongora igihugu cacu ciza c'uburund nkatw abarundi turi hanz y'igihugu twomusaba iki ?mbe nkaw uri mugihugu womusaba iki?

Tuli le9/06/2020 aho mugitondo c'uyu musi hatowe akana k'imyaka7 mugisagara Élizabeth  town mugihugu ca Mayotte  akokana...
09/06/2020

Tuli le9/06/2020 aho mugitondo c'uyu musi hatowe akana k'imyaka7 mugisagara Élizabeth town mugihugu ca Mayotte akokana kavuga ikirundi,igiswahiri...ngokitw mervai ngo kazanany namukuruwe ariko bahavuy bazimirana ngo kavuka province mwaro komune nyabihanga

Ok woba wara burany n'inciti zawe kuva kera caaane?abavyeyi baw,abavukanyi baw incuti n'abagenzi? Ntiwitiny injira muri ...
04/06/2020

Ok woba wara burany n'inciti zawe kuva kera caaane?abavyeyi baw,abavukanyi baw incuti n'abagenzi? Ntiwitiny injira muri group gira like na partage maz wihurire nabo muyag nkuko mwahola keeera!;!!

Address

Naïrobi
Nairobi

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Gahuzamiryango national et international posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share

Category