24/08/2022
VKTU Va Kwirigara Turwanye Ubukene
Association des peuples pour le développement rural et durable
24/08/2022
25/07/2022
11/07/2022
umurwi wumupira wamaguru! VKTU Academi wararonkejwe ballon zogukina na choussures zabakinyi!! tubaye turakeza iyo mikangara hamwe nindongozi muri rusangi zakoze ico gikorwa gihambaye!!
19/06/2022
ishirahamwe dyiza cane!! riraba inyungu zumwene gihugu muto muto!
19/06/2022
VKTU YACU DII!! IGUMA ITERA IJA IMBERE!!
24/07/2021
Le24/07/2021
Aha hari muri lycée kiremba nord aho ishirahamwe VKTU dyagira inama ijanye nivyo kwiteza imbere muburimyi nkobkurima kijambere , hamwe nobgukingira ibidukikije!
Vyarerekanye ko uwa fonze idyo shirahamwe ariwe Mrs Gordien ko arinkerebutsi ibush*tse kbsa!
Aha yariko yerekana ibikorwa vyaranguwe na VKTU na cane cane muburimyi !
Ici dusabwa nkabanwanyi nukwama dukurikiranira hafi ibikorwa vya VKTU kugira dutere imbere twese atawuvuyemwo! Nakare ngo
Inguvu zacu niwo mutahe wacuuu
Click here to claim your Sponsored Listing.
Location
Category
Contact the school
Telephone
Website
Address
Kigobe
Ngozi
VKTU