Jésus me parle

Jésus me parle

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Jésus me parle, College & University, Musaga.

10/04/2022

Inyigisho : Ntucike Intege!!Courage!! Le10/4/2022 By Niwe

"Comme j'ai éte avec Moîse,ainsi je serai avec toi,je ne te laisserai pas et je ne t'abandonnerai pas" Josué1:5

Hariho ibihe ducamwo bikadukomeretsa vy'ukuri.Iyo akenshi wihweje kahise kawe ntabwo wokwihaye ivyizigiro vya kazoza pe!Igitangaje nanje kinansiga nuko ikibazo cose gishika k'umuntu haba hariho inyishu igikemuro hampande yaco.Igihe kimwe "Natumiwe ahantu kuvuga ubutumwa ncasaba ko bompa uwumfasha gusigura(interprète) buringo ntanguye gutanga indazi y'amajambo nahise mbona uwo mugore yaduka arira nanje nibaza impamvu ariko ndakomeza.Buringo ntanguye kwigisha bahise banzanira uwundi ansigurira nawe nyene birangira akoroye amarira,Imisa irangiye nasanze bose bahuye nikibazo gisa c'UGUHEMUKIRWA
🍎 Ncuti zanje ubuzima bw'umuntu burahinduka akanya n'akanya rero ntukemerere gukengera umuntu kuko kahise kiwe karashobora kugutangaza.
🍎Les situations changent avec le temps.Chacun doit respecter l'amour de l'autre sans tenir compte de ses biens matériaux
🍎 Numva nogutera intege zukutemera kubana n'igikomere c'agasuzuguro nk'uko NAMANI yasuzugura MORODEKAYI akanamwipfuriza kumanikwa ku giti ariko kubw'Ubuntu n'Imbabazi vy'Imana uwari yateguye kumanika niwe yamanitswe
🍎 Isi tubayemwo ni nto cane,ino musi ushobora kuba ubona ko wifashe neza Socialement et économiquement ariko ntugakengere umuntu kuko kazoza kiwe kakubikiye ibitangaza bikomeye
🍎 Nimba uri umwigeme ntugasuzugure umuhungu uwariwe wese!!Nawe wa muhungu ntukemerere gusuzugura umwigeme wabandi soit disant que atari goût zawe,soit iwanyu ntibamushaka...
Nawe wa muvyeyi ntukemere kwinjira mu buzima bw'abana bawe aha ndavuga mu mahitamwo yabo kuko "Seul Dieu connaît le plan de l'homme"
🍎 Numva notera intege abasuzuguwe ko inyuma y'ibihe bibi hariho ibihe vyiza rero nk'uko Imana yabanye na Mose ninako izobana nawe mugihe utazi.
🍎Nta muntu n'umwe azoshobora kuguhagarara imbere imisi yose uzomara ukiriho: nk'uko nabanye na Mose ni ko nzobana nawe

14/05/2020

LES DIX QUALITÉS D'UN VRAI HOMME

1- Un VRAI HOMME ne séduit pas plusieurs femmes en même temps. Plutôt, il séduira plusieurs fois la même femme.
2- Un VRAI HOMME ne doit pas battre sa femme, mais plutôt lui faire battre son cœur de bonheur.
3- Un VRAI HOMME ne cesse jamais de montrer à sa femme combien il l'aime, même quand il a déjà conquis son cœur.
4- Un VRAI HOMME ne blesse pas sa femme, plutôt il se tient toujours à ses côtés pour l'aider à panser les blessures causées par la vie.
5- Un VRAI HOMME sait que trouver une VRAIE FEMME est une grâce. Aussi il fait tout son possible pour ne jamais perdre l'amour de sa princesse.
6- Un VRAI HOMME pratique l'humilité devant sa femme et devant ses beaux-parents, même quand il se sait plus riche ou plus fort.
7- Un VRAI HOMME valorise sa femme: il ne lui fait pas des reproches en public. Il sait pourquoi les chambres existent.
8- Un VRAI HOMME sait que nul n'est parfait, aussi il se tient toujours prêt à pardonner, au nom de l'amour, les fautes inconscientes commises par sa dulcinée.
9- Un VRAI HOMME disposera toujours du temps pour sa femme, combien même il serait l'homme le plus occupé de la planète.
10- Un VRAI HOMME ne rend pas sa femme jalouse. Il rend plutôt les autres filles jalouses de sa femme.Partagez ,Aimez, commentez, mentionnez vos amis et surtout abonnés vous à notre page Facebook : pour plus d'informations.Abonnes vous à notre compte YouTube pour plus de vidéo:👉https://youtu.be/Zxuv62IdlnM

Want your school to be the top-listed School/college in Musaga?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Website

Address


Musaga