Chiro regina pacis kinindo

Chiro regina pacis kinindo Kaze mwese

ITANGAZO RYO KUBIKAUmuhari wa chiro muri paroisse kinindo, Uri niteka ryo kubamenyesha ko wabuze umuchiro yotwa KWIZERA ...
20/11/2024

ITANGAZO RYO KUBIKA

Umuhari wa chiro muri paroisse kinindo, Uri niteka ryo kubamenyesha ko wabuze umuchiro yotwa KWIZERA NADINE yavuka I Mwaro, yitavye Imana kumusi wa mungu, akaba yashinguranye itaka uwo musi nyene.

Turi niteka kandi kumenyesha chiro mukiza mweranda munyakabiga aho yabaye intwza imyaka itari mike.

Abipfuza gufash1 uwo mury1ngo mwoc1 kurizi nimero 61056294.

Murakoze

Imana yakire umusavye wayo

Umuvukanyi wacu Aurélie NIYONGERE, aheruka kwibaruka Chiro paroisse Régina pacis KININDO iramukeje caneIco tumwipfurije ...
28/02/2024

Umuvukanyi wacu Aurélie NIYONGERE, aheruka kwibaruka

Chiro paroisse Régina pacis KININDO iramukeje cane

Ico tumwipfurije Nico n'Imana imushakako, nkako anezerewe nawe tuba tunezerewe, ababaye tubabarana nawe

Simbimanga muvyeyi

14/06/2023

Chiro KININDO

26/05/2023

*_GUSHIGIKIRA UMURYANGO W'UMUCHIRO Éric Iradukunda URWAJE SE WIWE_*
```Yezu ati : Twakubonye ryari ugwaye canke uri mw'ibohero turakuraba?(Mat 25:39)```.

1.
2.
3.
4.
5.
6.
7.
8.
9.
10.
11.

*_N.B_* : -Uwari we wese yipfuza guterera yocisha kuri izo numéro :
• 61056294 Muhoza Emmanuel
-Uwurungitse wese ategerezwa kubona kuri liste ko amahera yiwe ariko kandi yash*tse maze hakajako aka ✅ kemeza ko ico yiyemeje cash*tse.
-Umuvyeyi asabwa imiliyoni zitandatu kugira abandanye avurwa.

22/05/2023

Address

Kinindo

Telephone

+25761056294

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Chiro regina pacis kinindo posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share