N.ph.King of ftbl

N.ph.King of ftbl Www . Niy

11/04/2026
30/08/2021
29/08/2021

😪😪😪
Nina: chr waraye neza???
Isa: chr ndashima nukuri
Nina: chr turakundana ariko reka ndagusabe ikintu, mfise umutima woroshe ntuze umpemukire kuko ivyokurikira ntavyonzi
-isa: chr nawe ntuze ubikore ndbigusavye, ndagukunda kandi cane
-nina: chr ndibuka igihe twari mumazi ndakwoza, gusuriranako Amazi bikasiga, nkakugira uwambere mwiza wanje
,
-isa: vyukuri harya waranyishe niyumviriye vyishi kurukundo rwacu
-nina: chr icoza kikumbuza nogitangira gishaka kikampitana kuko ndaguhemukiye, noba mpemukiye ubuzima naho noca ndipfira....
Isa yabwira ayo majambo yose Nina ntabwo yamukunda, mugihe Nina we yari yamuhaye urukundo rwose,
Umusi umwe Isa avanga Nina azana umukobwa muhira iwabo
Bella: Isa wewe uri umuhungu mwiza kuba ndikumwe nawe nikimwe mubintu nahora nipfuza keshi!!!
-Isa: bella ko uri umugenzi bisanzwe nashaka dukomeze ubucuti.
Terefone irasona haza sms
Bella: manza urabe iyo sms Isa, Kandi nashaka kugusaba ikintu kimwe
Isa: bella jewe ntamuntu mfise nokwihutira kwishura, ahubwo mbwira ico kintu
Bella: umve haraje na sms yindi ya kabiri wanje, xo nashaka ko tuja m'urukundo
Isa: bella urukundo rwawe narubonye kuva ugishika, nanje navyopfuza ariko,,,,,
Nina araterefona Isa, Isa yanka kwitaba kubera bella yohava abibona nabi, na sms ntiyasoma ahita azimya terefone
-bella: ariko iki ga Isa wanj???
-Isa: tuzokundane ivyakarorero nyene, urukundo rudasanzwe
Bella: iyo niyo ndoto yanje, ndagusavye ntuzohemuke, abo twakundanye Bose birangira bampemukiye,
Bakiraho Isa yumva induru yanze asohoka ariruka agiye gutabara asiga bella munzu
Asanga abantu bariko bararira, atanumwe avugisha uwundi, agize gutya abona ikiziga(umurambo) aravye neza asanga ni Nina, ataratahura ibibaye akora mumufuko araba terefone asangamwo sms zine
1: chr wanje nariko nza iwanyu ndakuzaniye surprise yamafaranga angana na 500mil, ariko hari abantu nciyeko munzira banteye ubwoba Ingo untegere .
2: chr ndabona bariko baranyaruka bankurikirana ahonciye, ingo untabare nyaruka
3: chr naho wase kwitaba fone, ingo aha kwururuzu rwabonotse niho ninyegeje, bariko barandondera gose bariko barahazunguruka,
4: chr karabaye!!!
Isa akibona ivyo yibuka ibihe vyiza, yibuka namajambo yamubwiye, nukuntu yari kumukingira ntapfe, aja gutora imbugita aja iruhande yaho ikiziga ca Nina kiri ahita yicumita arapfa

Shirako aha👇
Http://www.facebook.com/539094860348925/posts/687800672145009/?app=fbl
Mbandanye ndaguha👌

03/10/2020
18/09/2020

Man EP 33 ubona ko haza kubiki? jewe mbona kwari🔥🔥 weho!?

Address

Kinama

Telephone

+25769632187

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when N.ph.King of ftbl posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share