WªBimenye

WªBimenye Wabimenye nawe

18/11/2025

🔷 Dear Traders , Tubwire izina ryiyi Turabeko uri uwiwacu 😊 canke ko utwinyegezamwo

• Kandi ukaba uri muri VIP channel yanje Pininga channel biriko bitagata mukanya bihava bisha 🤣

◼️ Join our trading Guidance channel: https://whatsapp.com/channel/0029Vb5b4FfLCoXAqxZxiO1X

12/11/2025

🔷 Ntabwo uronka profit, ariko...

❓Niki ukora kugira ngo uhindure ivyo?

• Burimuntu wese arashaka kunguka. Yes of course

❓Ni formation zingahe wagiyemwo apana ama video waravye kuri YouTube?

❓Umaze igihe kingana gute ukora journal za trade wakoze ?

❓Ni ibitabo bingahe wasomye ku bijyanye psychology, risk management ?

• Ukuri ni uko benshi bashaka inyungu , ariko bake cane ni bo bari serious yugukora biri munzira nyayo.

• Turashaka kunguka, ariko ntidushaka kugira recherche zimbitse, kwiga bikwiye apana kwisondeka

• Dukunda kwidogera , , ngo emama jewe ntamahirwe mfise,...

❌Eka ivyo widoga sivyo ndakwankiye

❗Ibaze ibibazo wewe nyene wisuzume mu vyukuri wibaze uti:
Nokora iki, mu buryo bufatika, buri munsi, kugira ngo mbe umu Trader winjiza cash?

• Nutibeshera uraza kubona ivyo wokora kugira ugere kuri ya rentabilite wipfuza

✓ keep Less Talk...More action

⬛Join our trading Guidance channel:https://whatsapp.com/channel/0029Vb5b4FfLCoXAqxZxiO1X

11/11/2025
08/11/2025

Happy Weekend Traders

Update ! All Target hit successful

• No chasing, no emotions just precision

✓ RRR : 1:4

• Abo twatanguranye guhera lundi nibazako weekend tuyininahaza neza
Merci

• Nimurondere ibindi mwipfuza vyose bizobakurikira atabumenyi nta success ndabivuze mushaka muntware kwa de zone kamenge ndisigura

• Another profitable weekend 💸💸😊😊

◼️ Join our Trading Guidance channel: https://whatsapp.com/channel/0029Vb5b4FfLCoXAqxZxiO1X

Guidance

05/11/2025
04/11/2025

🔷 AUDCAD H4

• Ninde yibuka Muri weekend ko nariko ntegura iyi pair nkayizana hano?

✔️ ivyamwa ngivyo namwe nivyo mwibonera !

🛑 Icigwa muri forex wige gukora nkumu sniper apana gupfa kurasa

• No chasing, no emotions, just precision

◼️Join our Trading guidance channel:https://whatsapp.com/channel/0029Vb5b4FfLCoXAqxZxiO1X

03/11/2025

🔷 My Outlook on AUDCAD H4

• I am watching how price reacts on the lower timeframes for confirmation before ex*****on

• Patience is key here

✓ Stay alert and manage your risk

• Pin My VIP channel if you are just in we can Take action anytime

◼️Join our trading Guidance channel: https://whatsapp.com/channel/0029Vb5b4FfLCoXAqxZxiO1X


Address

Ngozi
Gisagara

Telephone

+25771934496

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when WªBimenye posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The School

Send a message to WªBimenye:

Shortcuts

Share

Category