Alpha Enternaiment

Alpha Enternaiment Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Alpha Enternaiment, College & University, Avenue buyengero, Bwiza.

29/07/2025

MUGENDE GAHORO
UMUNTU NI MUREMURE

twibukanye kugira suivre tubane buri musi

ISOMO RY'UBUZIMA/ BCC Entertainment
24/07/2025

ISOMO RY'UBUZIMA/ BCC Entertainment

23/07/2025
23/07/2025

NIWAYAGIRA IBANGA MUGENZAWE UKAMWIHANIZA NGO NTAZORIMENE UZOKWIBAZE IMPAMVU NAWE UBWAWE RYAKUNANIYE KUGUMYA

ISOMO RY'UBUZIMA
BCC Entertainment

16/07/2025

WARUZI KO UMUNTU ASHOBORA KUGARURA UMWUKA YAPFUYE UMVIRIZA NAWEE😳😳😳

03/07/2025

POÈME UKO NOBIVUGA /poète ntwari audry trésor

Reality💥💥💥
11/06/2025

Reality💥💥💥

MWOHANURA IKI ABAKOBWA BINJIRA MURI GETO ZABAHUNGU
10/06/2025

MWOHANURA IKI ABAKOBWA BINJIRA MURI GETO ZABAHUNGU

NGO ABAKIZWA BAVYITA GUSENGA IBISHUSHANYO MWE NIKO MUBIZI??mudusigurire basha!!!
10/06/2025

NGO ABAKIZWA BAVYITA GUSENGA IBISHUSHANYO MWE NIKO MUBIZI??
mudusigurire basha!!!

09/06/2025

UMVIRIRIZA IVYO BARABA MUKURESHA /by jean marie nimubona et eric nshimirimana

08/06/2025

NTAGIHE NAKIMWE UZOKUNDWA N'ABANTU BOSE KUKO HARI ABANANIWE NO KWIKUNDA UBWABO WUMVA BOGUKUNDA GUTE NONE???

Address

Avenue Buyengero
Bwiza

Telephone

+25771537724

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Alpha Enternaiment posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The School

Send a message to Alpha Enternaiment:

Shortcuts

Share