Groupe biblique de l'ECOFO Kinindo

Groupe biblique de l'ECOFO Kinindo

Share

Kinindo

10/07/2021

shalom. shalom. muguwe neza mumwami wacu.
yuri niteka ryokubatumira muri clôture ya Groupe biblique de l'ECOFO Kinindo kwigenekerezo rya le15/07/2021 bikazobera kuri EAC Kanyosha iruhande ya King Stat kuhaba kwawe numugisha kuri twebwe twese bikazotangura igihe cisaha 9h zumuhingamo mwarahezagiwe caneee

Photos from Groupe biblique de l'ECOFO Kinindo's post 05/05/2021

ibihe bitarabaho
umuco utararemwa
ijoro ritabaho
jambo wahozeho

haleluya haleluya haaalleeeluuuyaaaa haleluya
wowe ntihinduka wowe ntuhinduka wowe ntuhinduka wowe ntihindu

25/01/2021

Haleluya. murahawe ikaze mwese muze mwishikire murab ibitangaza bidasanzwe kandd muze mugashik vrt kuko Christo azoba arikimwe natwe muratumiwe mwese

19/01/2021

kalibu muri benshi mutumire cn

place ni 9éB. muze muhishikire

19/01/2021

Mercredi special
murahawe ikaze mwese

place kuri Ecofo Kinindo classe 9b tuzotangura 13:10

Photos from Groupe biblique de l'ECOFO Kinindo's post 13/01/2021

Sijew ndiho ni Christo muri jewe kuko nabanwe na we!! Ubu ndimusha niyompamvu Grp Biblique Ecofo Kinindo na l'ECOFO Kinindo ntitugwara durera tuja imbere cane kandi turabizi cane kandi turavyizera cane yuko Christo muri twebwe nivyizigiro vyubwiza

cane

08/01/2021
12/12/2020

egooo

Photos from Groupe biblique de l'ECOFO Kinindo's post 02/12/2020

turi mercredi irangiza iki gice cambere turi igenekerezo rya le02/12/2020 aho amavuta ya Christo ariko arakora cane gose wew utaragashika urahawe ikaze kalibu cn nubu ibirori vyubwiza biracabandanya cn gose

# barakira ibimuga biramuguruka cn gose
Mwarahezagiwe cn gose muri umugisha muri ihanga ryera mwese mudukurukirana mwese

Gira commentaires na shere kurino page ucugira na Jaime mwarahezagiwe

17/11/2020

Ibintu vyubwiza Muratumiwe mwese muri Groupe biblique de l'ECOFO Kinindo kumunsi wejo igenekerezo rya le17/11/2020 murahawe ikaze mwese ivyo birori vyubwiza bikaba bizobera kuriryo shure shingiro rya Kinindo hazoba hari mush*tsi witek ariwe EV:Paul H

Mwarahezagiwe cn mwese

29/10/2020

Ubwiza bw'Imana
Turacabatumira mwese muri Groupe biblique ya Ecofo Kinindo
Irinitek ryogutumira

Murahaw ikaze mwese
Imisi yose kuwa Gatatu 3'mercredi imisi yose muratumiwe mwese bizob biryosge cn OK murakoze hm mwarahezagiwe cn mwese murihanga rikomeye cn

Vuga amen niwaba uvyemeye ukavyizera andik muri commentaire murakoze

biblique de l'ECOFO Kinindo

Want your school to be the top-listed School/college in Bwiza?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Telephone

Website

Address


Kinindo
Bwiza