07/04/2026
🚨 Abanyagihugu ba Iran, abato n'abakuze, aya masaha bakoraniye hamwe ku mahinguriro yo mu gihugu, ibiraro n'ahandi hantu hose bakeka ko Israel na Amerika bashobora kurasa.
• Ikibazo ni kimwe, ko Amerika yavuze ngo ikeneye guhindura intwaro ibabohore , mbega irubahuka yice abo yavuze ko yaje kubohora ?
• ikaba nayo yashikirije ko ishobora kwugara iyindi nzira ya BAB EL MANDED yari isanzwe isigaye icamwo ibidandazwa ku bice 30% bija mw'isi yose. Murabona ko ari hafi ya Africa yacu.
Twibukanye ko Inzira ya Hormuz yugawe kubera intambara na batanguje kuri Iran, ugerageje kureba izo mpande 2, ninde ari mu makosa cane kuruta uwundi ?
Duhurire muri comments.likes and share
02/04/2026
Kiry cuma ubona kirimwo abantu bane ni abazungu 3 ndetse umwe nako umwirabure umwe sorry .
Abo bagabo batatu bagiye Ku kwezi aho bazomarayo imisi 10 . Bazokuzenguruka .
NASA kivuga ko bagiye baryohewe cane ...
Ico kigedajuru citwa Artémis II .
Mutubagiye ko bazohava badukwegera akarambaraye 😃😃 wibuke j’ aime na partage kur page yacu
31/03/2026
🇨🇩😰👨🏽⚕️Kinshasa: Hagati mu rubanza, Dr. David Balanganayi ntiyashoboye kwifata. Kubera ko yari arengewe n’uburemere bw’ibintu yagirizwa ( Guhohotera umukenyezi, kumukubita,... ) Yarize cane.
👨🏽⚕️ Yavuga ajugumira amaso yiwe yuzuye amarira, avuga ati:
"Kumbure nari guhitamwo guheba uwo murwayi aho kurwana kugira ngo nkize ubuzima bwiwe...natanze inguvu zanje zose kugira ngo nkize ubuzima bwiwe none birangiriye ku muryango w'ibohero."
🥺 Aya majambo, agizwe n’umubabaro n’ukwicuza, yatumye abariko baramwumviriza baceceka cane.
Ibi vyatumye benshi bari ng’aho barira .
Urubanza rwimuriwe kwigenekerezo rya 1 Ndamukiza 2026.
⚖️👨🏽⚕️ Dr.David Balanganayi ariko akurikiranwa ku caha co gukubita umukenyezi yariko arakira yaje kwibaruka kanda atagahuzu yambaye.
10/03/2026
Iyo mihimbiri irasara ishaka kudutwara vwacu, ako kantu ngoniko kariko karakora bivugwzko ukambaye naho akuramutsa atagihinduka agenda alaramaye.ubona wohitamwo ako canke
25/02/2026
: Ibi nivyo bintu 100 ubanza gufata kumutwe kugira niwaja mu Butaliyano ntuzocanganikirwe ningonga:🤣👇
1. Amico - Incuti - Ami
2. Casa - Inzu - Maison
3. Famiglia - Umuryango - Famille
4. Lavoro - Akazi - Travail
5. Cibo - indya - Nourriture
6. Acqua - Amazi - Eau
7. Vino - umuvinyu- Vin
8. Latte -amata- Lait
9. Pane -umukate- Pain
10. Frutta - ivyamwa - Fruits
11. Verdura - imboga- Légumes
12. Fiori - amashurwe- Fleurs
13. Auto - Imodoka - Voiture
14. Bicicletta - Ikinga - Vélo
15. Stazione - Ikigo - Gare
16. Treno - Itereni - Train
17. Aeroporto - Ibibuga by’indege - Aéroport
18. Strada -Inzira - Route
19. Piazza - Isoko - Place
20. Hotel - Hoteli - Hôtel
21. Ristorante - Resitora - Restaurant
22. Bar - akabare- Bar
23. Pasticceria - aho bakorera imikate- Pâtisserie
24. Gelato - urubura- Glace
25. Caffè - Ikawa - Café
26. Tè - icayi - Thé
27. Bottiglia - icupa - Bouteille
28. Forchetta - Ifurusheti- Fourchette
29. Coltello - imbugita- Couteau
30. Cucchiaio - Ikiyiko - Cuillère
31. Tovagliolo - Agatambaro - Serviette
32. Piatti - amasahani - Assiettes
33. Sapone - Isabuni - Savon
34. Asciugamano - Agatambaro ko kumisha - Serviette
35. Letto - Ubusaswa- Lit
36. Sedia - Intebe - Chaise
37. Tavolo - Ameza - Table
38. Luce - umuco- Lumière
39. Finestra - Idirishya - Fenêtre
40. Porta - Urugi - Porte
41. Specchio - Ikiyo - Miroir
42. Telefono - Telefone - Téléphone
43. Computer - Mudasobwa - Ordinateur
44. Televisione - Televiziyo - Télévision
45. Radio - iradiyo - Radio
46. Libro - Igitabo - Livre
47. Penna - Ikaramu - Stylo
48. Matita - ikereyo- Crayon
49. Foglio - amababi- Feuille
50. Carta - Impapuro - Papier
51. Scrivere - Kwandika - Écrire
52. Leggere - Gusoma - Lire
53. Studiare - Kwiga - Étudier
54. Scuola - Ishuri - École
55. Insegnante - Mwigisha - Enseignant
56. Alunno - Umwigishwa - Élève
57. Esame - Ikizamini - Examen
58. Compito - Akazi ko mu rugo - Devoir
59. Amico/a - incuti- Ami/e
60. Comunicare - kuganira- Communiquer
61. Parlare - kuvuga - Parler
62. Ascoltare - Kumva - Écouter
63. Vedere - Kureba - Voir
64. Sentire - Kumva - Entendre
65. Mangiare - Kurya - Manger
66. Bere - Kunywa - Boire
67. Dormire - Kuryama- Dormir
68. Camminare - Gutambuka- Marcher
69. Correre - Kwiruka- Courir
70. Giocare - Gukina - Jouer
71. Canzone - Indirimbo - Chanson
72. Film - Filime - Film
73. Musica - Umuziki - Musique
74. Foto - Ifoto - Photo
75. Disegno - Igishushanyo - Dessin
76. Arte - Ubuhanzi - Art
77. Storia - Inkuru - Histoire
78. Cultura - Umuco - Culture
79. Sport - Siporo - Sport
80. Salute - amagara- Santé
81. Medico - Muganga - Médecin
82. Farmacia - farumasi- Pharmacie
83. Malattia - Indwara - Maladie
84. Cura - isuku - Soin
85. Felicità - Umunezero - Bonheur
86. Tristezza - Agahinda - Tristesse
87. Amore - Urukundo - Amour
88. Pace - Amahoro - Paix
89. Guerra - Intambara - Guerre
90. Libertà - Ubwisanzure - Liberté
91. Giustizia - Ubutungane - Justice
92. Lavorare - Gukora - Travailler
93. Riposare - Kuruhuka - Se reposer
94. Viaggiare - Gusohoka - Voyager
95. Festa - Ibirori - Fête
96. Vacanza - ikiruhuko - Vacances
97. Anno - Umwaka - Année
98. Mese - Ukwezi - Mois
99. Settimana - Indwi- Semaine
100. Oggi - Uyu munsi - Aujourd'hui
Kanda canke kuri page yacu ubandanyewirôkera udusha kumwanya kumwanya
06/02/2026
: arapfunzwe nuwipfishije nimodoka
Ati rero vyagenze gute. akora akazi ko kwunguruza abantu akoresheje imodoka ya i .
Igitoro nti cari bwashike ariko kimaze gushika, numu wabahungu yari umuntu umuntu aterura imizigo nuwundi w'umuborayi vyasa Aba aherekeje uyo aterura .
Uyo Yikorera bari bamushize mumashuka nki kiziga, yari système kugira kuri station ntibaze gutonda mugutanga Igitoro.
Vyakabaye kera wamuntu yari . babona yiruka kubera ubushuhe bwinshi bwo muriyo kuko yagomba yugare.
Polisi yari kuri station niyo yaciye ibafata Bose ibatwara kuri zone i niyo modoka
00
Hewe ibaze iryo bara, ukipfisha kubera baguhe igitoro uceko abandi bantu batonze
Les Amis uyu mwaka uzohera mumezi 7