21/02/2018
Slvp uwutashaka kuba hamwe nabandi canke ata whatsap nareke kututuka
Uwuykoresha naduhe ivyo twasavy uwubona atabishaka napfume areka kutwandikira.cank niyandike ivyiyumviro vyubaka.kuko harabari kuturungikira ubutumwa bwamajambo mabi atisoneye,
Iyi page siyabatandero.
Nimubikore murupfasoni.
Ntimusubire kutuka ntabwo muzi abo mubituka baribo.
Sawa murakoze,
Kandi tukaba tushimiye cane cane abamaz kuduha numéro zabo.
Ibikurira turabibamenyesha