20/10/2024
Uruzi nyabagere! ku ruhande ruhuza quartier Nyabagere na musovu ahasanzwe hari igituro c'ama bus n'agasoko ko mu , hari imanga nini ibangamiye imihana y'ababa hagufi y'akuzi nyabagere.
Iyo manga ntibangamiye ababa hagufi yayo gusa, kuko hari n'inzira abenshi bakenera, uri abaja gusuma ku gasoko mu gasenyi, abaja gufata ama bus bagana canke bava mu gisagara ca , iyo nzira ntisanzwe kandi kubanyeshure b**a ku mashure atandukanye ari mu Gasenyi, n'abafata bus b**a mutundi turere.
Mu gitondo no ku mutaga haguma uruja n'uruza rw'abantu hagwiriyemwo abanyeshure, n'abaja kudugura mu gasoko mu gasenyi, babisanwa mu kayira gatoya cane kari ku manga y'uruzi nyabagere.
Ariko n'aho iyo manga ibangamiye abantu n'ibintu! imwe mu nyishu zokwihutirwa irahari hamwe hoboneka abafasha.
Ako kuzi karagize ikimeze nk'umuzingi uhese wuguruye, iyo kagiriye uwo muzingi niyo kariko kononera ibintu, ariko hamwe , canke 'inyubako canke abafasha reta bobifata mu minwe bagahuza ico kimeze nk'umuzingi ako kuzi kashatse gukora, amazi akabona gufata inzira igoroye, ababa ku nkengera ya n'abarucako bomara kabiri.
ZenPlanet Magazine