06/11/2025
Bibiriya ivuga ngo ni vyiza ko abavukana bashishikara kubana nya kubana ndashima Imana ku muvukanyi wanje Protais Chombo cha Bwana tubanye neza mbega nawe ni nde mubanye neza?hoho birakworohera kubana n'abandi?bitakworohera neza ko bigoye no kubana N'Imana kuko biragoye cane gukunda canke kubana n'Imana wananiwe kubana neza n'uwo muvukana canke mwegeranye niyo mpamvu bikwiye ko tubana neza n'abantu bose nk'uko ijambo ribivuga. Mbipfurije kugira umubano mwiza mwese🙏🙏🙏🙏