Kunda uw'ugukunda

Kunda uw'ugukunda Mes services donnent les conseils pour les deux qui sont amouresées

 🥰 #
07/11/2023

🥰 #

Vyose twari babiri knd twari habiriYari jewe na wewe sweet
30/03/2021

Vyose twari babiri knd twari habiri
Yari jewe na wewe sweet

  kuguhisha ko ntagukunda ntabwo nobiguhisha kandi kukwerekako nkukunda sinoshobora kubiguhisha
12/03/2021

kuguhisha ko ntagukunda ntabwo nobiguhisha kandi kukwerekako nkukunda sinoshobora kubiguhisha

  kwawe n'urukundo rwawe unyereka, nivyo bintera kwiyumva ko mfise umukunzi nyakuri
12/03/2021

kwawe n'urukundo rwawe unyereka, nivyo bintera kwiyumva ko mfise umukunzi nyakuri

12/03/2021
  love ni wewe mbona woshobora kumara agahinda mfise k'umutima kandi ntawundi mbona yoshobora kumara ibibazo mfise atari...
06/03/2021

love ni wewe mbona woshobora kumara agahinda mfise k'umutima kandi ntawundi mbona yoshobora kumara ibibazo mfise atari wewe my heart

Ico nagukundiye ntanumwe akizi, gusa vyanjemwo ndakwiyumvamwo
06/03/2021

Ico nagukundiye ntanumwe akizi, gusa vyanjemwo ndakwiyumvamwo

My dear kuguha urukundo rwanje sukuvugako nabuze uwondaruha, ariko nikubera atawundi mbona nokwizera atari wewe
06/03/2021

My dear kuguha urukundo rwanje sukuvugako nabuze uwondaruha, ariko nikubera atawundi mbona nokwizera atari wewe

  lov u babyYou're my number one
26/02/2021

lov u baby
You're my number one

  uwugusiga-ugasiga uwugusanga-kunda uw'ugukunda
26/02/2021

uwugusiga-ugasiga uwugusanga-kunda uw'ugukunda

  witera-agahinda-kaburimus ***a uw'ugukund hm-uwutagukund umwihoz
26/02/2021

witera-agahinda-kaburimus
***a uw'ugukund hm-uwutagukund umwihoz

Reka twibere mwi-paradiso  abisi batubone ukwo jewe nawe twihuriza
25/02/2021

Reka twibere mwi-paradiso
abisi batubone ukwo jewe nawe twihuriza

Address

Bujumbura

Telephone

+25761494948

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Kunda uw'ugukunda posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The School

Send a message to Kunda uw'ugukunda:

Shortcuts

Share

Category