23/06/2023
๐ต๐ด Amasanamu yerekana igitsindo ca 2 c' Intamba mu Rugamba officiel .
Igitsindo cinjijwe na Bonfils Caleb Bimenyimana . Jospin - Tshabalala - Caleb โฝ
Terry

22/06/2023
๐ดโฝ๏ธ๐๏ธManager w'INTAMBA MU RUGAMBA ati :
"Turashimiye cane Yaduhaye umwanya wo kwitegura ukwiye tugashika mu gihugu ca Tanzania ๐น๐ฟ hakira Kare gutyo tukaronka umwanya ukwiye wo kwitegura, Umurwi nserukira gihugu Dufise Ubu uhagaze neza cane Turawufiseko icizere cinshi, turategekanya kandi muri Ano mezi abiri gukina Urukino rwa kivandimwe na ๐จ๐ฒ imbere yo gukina n'abo kw'itariki 04/09/20123 muri rya higanwa ryo kurondera itike ryo kuja muri ."
โ๐พYamenyesheje kandi KO bataje kwicara Ahubwo k'umunsi w'ejo 21/06/2023 bazofata urugendo berekeza mu gihugu ca Turquie.
๐คฉUbivuzeko Iki?
niheza kuburundi bwacu๐ง๐ฎ
ukaba wifuza kuja muri groupe ya twandikire kur +25767266546
ham wiber mubambere baronka amakuru yizewe ha football muburundi nahandi kumwanya kumwanya ๐ช
๐ง๐ฎ
21/06/2023
๐ต๐ด Mavugo yasinye mu Rwanda!
Cedric T**i MAVUGO ๐ง๐ฎ yasinye amasezerano y'imyaka ibiri yo gukinira umirwi wa Gorilla FC wo mucicaro ca mbere mugihugu c'Urwanda ๐ท๐ผ.
Uwo musatirizi wa kera wa AIGLE NOIR CLUB SPORTIF yohora akinira umugwi wa Rukinzo FC mu mwaka uheze w'inkino.
T**i avukana na Laudit MAVUGO amaze guca mu mirwi itandukanye yo ngaha mu Burundi nka: Flambeau Du Centre, Kayanza United, Rukinzo FC na Aigle Noir CS.
21/06/2023
niheza kuburundi bwacu๐ง๐ฎ
ukaba wifuza kuja muri groupe ya twandikire kur +25767266546
ham wiber mubambere baronka amakuru yizewe ha football muburundi nahandi kumwanya kumwanya ๐ช
๐ง๐ฎ
๐ต๐ด Abakinyi b' Intamba mu Rugamba officiel mu rugendo rubagarukana mu Burundi ๐ง๐ฎ.
Vyitezwe ko bashika ku kibuga c'indege Melchior Ndadaye isaha icenda z'umuhingamo.
Tubipfurije urugendo rwiza!
niheza kuburundi bwacu๐ง๐ฎ
ukaba wifuza kuja muri groupe ya twandikire kur +25767266546
ham wiber mubambere baronka amakuru yizewe ha football muburundi nahandi kumwanya kumwanya ๐ช
๐ง๐ฎ
21/06/2023
niheza kuburundi bwacu๐ง๐ฎ
ukaba wifuza kuja muri groupe ya twandikire kur +25767266546
ham wiber mubambere baronka amakuru yizewe ha football muburundi nahandi kumwanya kumwanya ๐ช
๐ง๐ฎ
imbere niheza kuburundi bwacu๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ Mu Intamba mu Rugamba officiel bashize imana imbere!
Ubutumwa bwa Bonfils Caleb Bimenyimana inyuma y'instinzi y'Intamba kuri Namibie (3-2) : " Mana Ndakwizeye"๐ค๐ป๐ค๐ป๐๐
20/06/2023
sereburation yumwaka ๐๐๐๐
niheza kuburundi bwacu๐ง๐ฎ
ukaba wifuza kuja muri groupe ya twandikire kur +25767266546
ham wiber mubambere baronka amakuru yizewe ha football muburundi nahandi kumwanya kumwanya ๐ช
๐ง๐ฎ
20/06/2023
niheza kuburundi bwacu๐ง๐ฎ
ukaba wifuza kuja muri groupe ya twandikire kur +25767266546
ham wiber mubambere baronka amakuru yizewe ha football muburundi nahandi kumwanya kumwanya ๐ช
๐ง๐ฎ
๐ต๐ด Ibitsindo 3 mu minota 20 y'igice ca mbere!
Imbonekarimwe k'umugwi w' Intamba mu Rugamba officiel ? Abakurikiranye umupira Kuva kera ni mutubwire!
20/06/2023
๐ช๐ชmunfash twongere dukeze intamba murugamba โกโกโฝโฝโฝโฝ
niheza kuburundi bwacu๐ง๐ฎ
ukaba wifuza kuja muri groupe ya twandikire kur +25767266546
ham wiber mubambere baronka amakuru yizewe ha football muburundi nahandi kumwanya kumwanya ๐ช
๐ง๐ฎ
20/06/2023
niheza kuburundi bwacu๐ง๐ฎ
ukaba wifuza kuja muri groupe ya twandikire kur +25767266546
ham wiber mubambere baronka amakuru yizewe ha football muburundi nahandi kumwanya kumwanya ๐ช
๐ง๐ฎ
๐ต๐ด Etienne Ndayiragije yari yemereye abarundi intsinzi, none arayibahaye ๐ช ๐ง๐ฎ.
20/06/2023
uko urukino rurangiye ๐ช๐ช๐ช๐ช
๐ต๐ด Urukino ruheze Intamba mu Rugamba officiel zitsinze The Brave Warriors ibitsindo 3 kuri 2.
Akajambo kamwe k'ubakinyi b'intamba!
niheza kuburundi bwacu๐ง๐ฎ
ukaba wifuza kuja muri groupe ya twandikire kur +25767266546
ham wiber mubambere baronka amakuru yizewe ha football muburundi nahandi kumwanya kumwanya ๐ช
๐ง๐ฎ
20/06/2023
igice cakabiri numuriro ๐ช๐ช intamba hejuru
niheza kuburundi bwacu๐ง๐ฎ
ukaba wifuza kuja muri groupe ya twandikire kur +25767266546
ham wiber mubambere baronka amakuru yizewe ha football muburundi nahandi kumwanya kumwanya ๐ช
๐ง๐ฎ
20/06/2023
niheza kuburundi bwacu๐ง๐ฎ
ukaba wifuza kuja muri groupe ya twandikire kur +25767266546
ham wiber mubambere baronka amakuru yizewe ha football muburundi nahandi kumwanya kumwanya ๐ช
๐ง๐ฎ
๐ต๐ด Intamba mu Rugamba officiel hejuru cane ๐คฉ
๐น Abedi Bigirimana niwe yatsinze igitsindo ca mbere :1min
๐น Bonfils Caleb Bimenyimana atsinda ica kabiri :10e min
๐น Shabani Hussein Tchabalala atsinda ica gatatu: 19e min
๐ถ Igitsindo ca Namibie : Peter Shalulile : 39e min
Igice ca mbere giheze ari ibitsindo 3 vy'Uburundi ๐ง๐ฎ kuri kimwe ca Namibie ๐ณ๐ฆ.