Jean Marie Nduwayezu

Jean Marie Nduwayezu stady at kayanza Lycee in scientific B and in hills University of kayanza in Entreprise Economy in Bc3
(1)

Ewe kayanza yacu sha ! Imana yakire mugenzi wacu twari dusangiye izina ryo kwitwa abatware ba ba inarugo yaraye agandagu...
19/08/2026

Ewe kayanza yacu sha ! Imana yakire mugenzi wacu twari dusangiye izina ryo kwitwa abatware ba ba inarugo yaraye agandaguwe n uwo yise akabavu kiwe none nyakabavu nyene karaye kihekuye ubwako nyene! Birababaje cane n ahitwa Ku mukoro mu gisagara CA Kayanza !

Akajiji bisigura iki
18/08/2026

Akajiji bisigura iki

Igitondo ciza kubafata Ku muti canke icuma ! Nawe tubwire iwanyu mwakibatije ngwiki?Gira follow canke suivre uhejeje u s...
15/08/2026

Igitondo ciza kubafata Ku muti canke icuma ! Nawe tubwire iwanyu mwakibatije ngwiki?Gira follow canke suivre uhejeje u sharing canke partagea kugira tuze duteramana

Mista Noma mista mitubikano na mista Baba sipa
14/08/2026

Mista Noma mista mitubikano na mista Baba sipa

14/08/2026

Gira ico mubivuzeko muri commentaires Kandi mumfollowing

DJ Emma ndamutahije mundome zose Imana ikurinde Kandi iguhe inguvu zokuguma wiyorera imigisha
11/08/2026

DJ Emma ndamutahije mundome zose Imana ikurinde Kandi iguhe inguvu zokuguma wiyorera imigisha

Mista Mitubikano with Mista nooma
10/08/2026

Mista Mitubikano with Mista nooma

Muryoherwe n ubumwe mwunze Bantu B Imana !
08/08/2026

Muryoherwe n ubumwe mwunze Bantu B Imana !

08/08/2026
Karafyese amahera ! Nturayajana nawe?
05/08/2026

Karafyese amahera ! Nturayajana nawe?

Address

Rn1
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Jean Marie Nduwayezu posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The School

Send a message to Jean Marie Nduwayezu:

Shortcuts

Share