15/12/2020
Uyu musi ndashobora kukwereka business twokorana mu myaka 10 gusa ukazoba wabaye milliardaire ukaca umbwira ngo ni Kure cane 😀. *Ejo bundi uri muri 2015 wabona umenga 2020 ni Kure cane, ukumva neza ko 2020 izogera harakubayeko ibitangaza ; ariko uyu musi wikebutse wahageze atakirahinduka . peut-être icahindutse wagize imyaka myinshi , urazana ubwanwa , uravyibuha , ariko umufuko uracasa kwakundi . Niwibuke uhimbaza bonne année ya 2020 , womenga ni mu kwezi guheze , uyu musi uri muri Décembre, ejo uzikangura usange 2021 wayihonyoyemwo.🤝🏽. Ico nokubwira co nuko burya nutafata ingingo , ngo utangure uhindure ibintu uyu musi bigishoboka , uzisanga wongeye kugera 2025 ufise imyaka ( 23, 25, 30, 40, 50, 60,,,) ukimeze uko umeze uyu musi* 🤝🏽. Wewe uzisanga warungutse imyaka gusa ariko uhore wicuza kumahirwe watakaje uyu musi👍🏽👍🏽👍🏽. *Hamwe wobishaka 2021 yokubera intango yo kugira ngo uhinduke👊🏽.
Téléphone yanje ni +25769512264app/Wats .Tuze tugiranire ikiganiro Ciza mukurangiza umwaka .