22/12/2025
Kumenya vyose nivyiza jewe niko ndabibona, nawe?
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from MENYA VYOSE Papias's group, College & University, 69972436, Bujumbura.
22/12/2025
Kumenya vyose nivyiza jewe niko ndabibona, nawe?
26/02/2024
uburundi bwacuπ
25/02/2024
ππImbonezaππ
25/02/2024
25/02/2024
πππβ€
05/02/2024
ikirere mbega gikontororwa nabande?ππππππ
01/02/2024
ππππisi niy'Umukama kumwe nibiyiriko vyose.
ariko yarakunze umwanya wumuntu ica imuha ububasha bwokugaba ibiri kuriyo vyose
01/02/2024
igiti ningira kamaro:
- kiratanga akayaga,
- kiratanga ivyamwa,
- kiratanga umuti wokwivura,
- kiratanga inkwi cank amakara vyogucana,
- kiratanga ibikoresho vyokubaka(imbaho, imadiriye, ........
- kiratanga isura nziza aho giteye,
- kirakwenga imvura,
- nibindi vyinsh cane ntadondaguye,.....
Ewe giti ntawokuyaga ivyiza vyawe ngo abimareππππππ
01/02/2024
ππumwanya wose uzoguma uruta vyose # # urakaramba
MENYA VYOSE Papias's group Health/beauty