Igihe c'Iherezo na Antichrist

Igihe c'Iherezo na Antichrist Izi nyigisho zijanye nigihe c'iherezo hamwe nibivugwa kuri Antichrist twishimikije ivyanditswe vyera vyo mw ijambo ry'Imana riri muri Bibiliya.

Murashobora kudushigikira no kutwandikira.

23/05/2024

HOSANNA NY-LAC KUVA EJO 15H (24-26/05/24) KURI EGLISE, UMUSH*TSI KUVA HOLLANDE. KAZE MUHEZAGIRWE.

29/03/2022

Ibimenyetso biranga Antichrist.
Wibuke guhanahana izi video kandi wemweze (J'aime ou Like), (Partage ou share) kugira ushigikire ikingikorwa no kuronka izi videos zose.

12/03/2022

Antichrist ni nde?
Yaramaze kuza canke tumwitege?
Kiri Page ya FB na YouTube: igihe c'iherezo na Antichrist.
Igice ca 10.
Pasteur Jean Philippe.

Ivyago bikurubikuru bizoba mu gihe ca Antichrist.
06/12/2021

Ivyago bikurubikuru bizoba mu gihe ca Antichrist.

26/11/2021

Amahoro y'Imana mwese, turabashimira ukuntu mudushigikira nukuntu mubandanya mutubaza utubazo nukuntu mushimishwa ninyishu tubaha.
Mufise ico mubaza mwoca kuri WhatsApp mubona ngaho.
Mwarahezagiwe cane.

15/11/2021

Igice ca 4: Ingene Antichrist azosaba ko abisilayeri bamusenga yinjiye mw isinagogi.
YouTube: 'igihe c iherezo na Antichrist'

12/11/2021

Ko turi mu bihe bigoye havugwa vyinshi harimwo n ingwara za corona virus, mbega Ivyago bikurubikuru vya Antichrist???

Address

Email: Nduwajeanphilippe@gmail. Com ; WhatsApp: +257 61 213 729
Bujumbura

Telephone

+25761213729

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Igihe c'Iherezo na Antichrist posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The School

Send a message to Igihe c'Iherezo na Antichrist:

Shortcuts

Share