Intambo zigi chinois!
Fondation NIYONGABO
#Burundi
La Fondation NIYONGABO est une institution humanitaire qui a été initiée par l'Entrepreneur
Abana bomuri Fondation Niyongabo, bifatanije n'umwe mubarezi babo, yaramukanye urubanza go kwubaka ugwiwe.
Akanyamuneza kabo bakerekaniye muntambo z'imico n'akaranga k'aba chinois .
Abana barerekana inkino ngororamubiri.
Abana b'amikoro make, basanzwe bafashirizwa mukigo Fondation NIYONGABO , barige utugenegene dufatiye kumico n'imigenzo y'abashinwa!
Abana bo mu kigo Fondation NIYONGABO , bariga inkino zijanye no kunonora imitsi , kugira bagire amagara meza.
Mukigo Fondation NIYONGABO , abana bariga n'ibijanye n'utugenegene.
Pasika nziza!
Intambo zaba chinois.
Abana bariga imico n'imigenzo yo mubindi bihugu, cane cane biciye mu mvyino.
Gutamba indirimbo , birafasha abana kumenya indimi zo mumakungu.
Mu Buruhuko bwa Pasika, abana barerewe mukigo ca Fobdation Fondation NIYONGABO , bariga inkino ngororamubiri.
Click here to claim your Sponsored Listing.
Location
Contact the school
Telephone
Address
Bujumbura
1305