09/04/2023
Groupe biblique du LM Kibenga
297293
09/04/2023
31/07/2022
Thank youu Lord for everything ❤️❤️❤️
31/07/2022
30/06/2022
Wouuhh !!!
Turi niteka ridasazwe ryokubatumira muri kino gikorane cacu kirangiza umwaka 🔥wishure .
Dushimira Imana kubwibikorwa vyiza yakoreye muri twebwe💞🔥!!
Murahawe ikaze caanee .
Turabakunda cane Kandi ntidukekeranya ko namwe mudukunda .❤️🔥 Mwarahezagiwe 🎉🎊
04/03/2022
09/02/2022
Mbega mvugiki ?
Mperehe ??
Shalom les amis !!
Ndizera ko muguwe neza m'umwami .
Ni lycée municipal nyene yongeye kubategurira vyabihe .
Jewe ndatanguye kumva ubumote 🙎👃👃 .
Mbe nawe ahuherereye wumva iki ??
municipal kibenga #
#
02/11/2021
Shalom shalom !!
Twizera ko muguwe neza !
Vyukuri Ubuntu bw'umwami 🙌🙌buhagije imitima yacu 🙏🏿,we love you HOLY SPIRIT kubwabino bihe 💞😘
Abarundi baciye umugani ngo "amababi afashe kugiti uyamenya mugihe cumuyaga ☄️🌩️
Dushimiye buri muntu wese kugikogwa ciza yakoze ,abadufashije gusenga kugira bigende neza ,abadufashije muburyo bwokugira ico bunganiye ... GOD bless you 🙌all
Thank you parfaite worshiper !!
Thank you RTNB!!
18/10/2021
Abizeye izina ryiwe yabahaye ububasha bwo gucika abana b'Imana ,Abo ntibavyawe nukwifuza kwumubibi ,kwumugore cnk kw'umugabo
Ikivyawe numubiri numubiri !
Ikivyawe nimpwemu nimpwemu !
Ikivyawe n'Imana n'Imana !
Ikivyawe numuriro numuriro !
IMANA yacu numuriro utongora !
Ihindura abamarayika imiyaga 🌩️☁️ariko abasavyi bayo ibahindura Imbeya z'umuriro🔥🔥!
Utilise moi
Click here to claim your Sponsored Listing.
Location
Category
Telephone
Website
Address
Avenue Du Large
Bujumbura