SkyLine Media

SkyLine Media Welcome to Skyline Media! We deliver breaking news, entertainment, sports, and viral stories—all in one place.
📢 Follow us and never miss a trending story.

🚨🚨 Inyuma y'imyaka 12 adakoza amaguru kubutaka bw'uburundi , uyu musi umukozi w'IMANA ( Dr Apôtre Paul   ) araye mugisag...
18/08/2026

🚨🚨 Inyuma y'imyaka 12 adakoza amaguru kubutaka bw'uburundi , uyu musi umukozi w'IMANA ( Dr Apôtre Paul ) araye mugisagara ca Bujumbura ...

=========================

N'umurongozi w'ishengero rikomeye kw'isi yose , aho aje mugikorane kidasanzwe ciswe " LEVE-TOI ET MARHE " kizoba kumagenerekerezo ya 20 gushika kuri 23/8/2026

Bakazoca baboneraho akaryo ko guhimbaza imyaka 25 ishengero rya Zion Temple Center 🛕 rishinzwe muburundi 🇧🇮✅️
ubivuzeko iki ubona uzokwitabira icyo gikorane

🎤🔴   🇧🇮💒 : 𝗨𝗠𝗨𝗞𝗢𝗕𝗪𝗔 Yagiye gusezera 𝗘𝗫 wiwe, acaba atwayeInda. 😱🫃🌏Bujumbura🔴Ivyabaye vyaraye bitaye umuryango muGahundwe...
10/08/2026

🎤🔴 🇧🇮💒 : 𝗨𝗠𝗨𝗞𝗢𝗕𝗪𝗔
Yagiye gusezera 𝗘𝗫 wiwe, acaba atwaye
Inda. 😱🫃

🌏Bujumbura
🔴Ivyabaye vyaraye bitaye umuryango mu
Gahundwe! Umukobwa yagiye gusezera
Uwahoze ari umukunzi wiwe, ariko ibintu
Vyahavuye bihinduka, aho bivugwa ko
Uwo musore yamurashe .

Abamuzi uwo musore bakunda bavuga Ko asenga kandi ko atigeze agira ingeso Mbi, zo kuvangavanga yiyegereza cane
Imana. 😥🙏
🤔oe kubwawe ubona uwo mu ex wiwe yabikoze neza???

06/08/2026

Head master

Aba Barcelona mutubwire,uyu muntu si umusazii🤔🤔
31/07/2026

Aba Barcelona mutubwire,uyu muntu si umusazii🤔🤔

🔴  ‼️a twenty Kenyan lady gave birth of ten kiddos 🤞🤞
29/07/2026

🔴 ‼️
a twenty Kenyan lady gave birth of ten kiddos 🤞🤞

guess what will be next
24/07/2026

guess what will be next

✅‼️BREAKING‼️: Vinicius looks unrecognizable after his chin procedure! He has undergone a cosmetic facial procedure. 🇧🇷▪...
22/07/2026

✅‼️BREAKING‼️: Vinicius looks unrecognizable after his chin procedure!

He has undergone a cosmetic facial procedure. 🇧🇷

▪️According to TMC Esporte, Vinícius Jr. underwent a cosmetic procedure yesterday in Brazil to refine the shape of his chin. 🇧🇷

▪️The same source reports that the procedure was unrelated to any injury or health issue. The Brazilian reportedly already looks slightly different following the operation.

He revealed this new look last night at the opening of the new gym belonging to Virginia Fonseca, his girlfriend

What do you think of Vinícius Jr.'s decision?🤔😁

🚨🚨   muri   : Imwe munkuru itangaje yatwengeje abitavye   k'umusi w'ejo , nukuntu mugiteramo cambere haje umugwi w'abant...
21/07/2026

🚨🚨 muri : Imwe munkuru itangaje yatwengeje abitavye k'umusi w'ejo , nukuntu mugiteramo cambere haje umugwi w'abantu bambaye neza baje bitwaje nibibaranga kwaraba murico giteramo , maze batangura gutoza amashikanwa atavyazi ...

Abo bantu ntibashoboye gufatwa ico gihe kandi bahakuye amafaranga atari make , arinayo mpamvu mugutangura kw'igikorane co k'umusi w'ejo batanze itangazo ko Chris Ndikumana atigera atoza amashikanwa mubiteramo vya kuko we afise abamushigikira .

==============================

Shakira and Burna Boy took over the FIFA World Cup halftime show 🎤🔥Shakira warmed All the stadium
20/07/2026

Shakira and Burna Boy took over the FIFA World Cup halftime show 🎤🔥
Shakira warmed All the stadium

20/07/2026

Yamal %

Address

Bujumbura
12345

Telephone

+25762585400

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when SkyLine Media posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The School

Send a message to SkyLine Media:

Shortcuts

Share