Indoto by Eric Ntibaneneje

Indoto by Eric Ntibaneneje

Share

Intahe

28/06/2022

Uhoraho Mana nzima niwewe nizeye niwewe nizigiye! Nteze ibiganza imbere yawe urabe umpe ibikwiye umutima nacanecane uzompe kurangiza amahoro

06/06/2022

Vyemere nivyoooo!! Vyemere nivyoooo!!! Nukuri ntahanu nahamwe naho hoba Kure cane Imana itokura umwana w'Umuntu kandi ntanakure harengeje itoshikana umwana wumnutu! Guma wizeye Uhoraho maze Umuhe ivubahiro kimukwiye uzobona ineza yiwe abavyemeye uti >

Photos from Indoto by Eric Ntibaneneje's post 31/05/2022

Incroyable incroyable !!!!!!!!!!! Harigihe uba murukundo ukaronka umunezero nigihe uba murukundo ukaba mugahinda. Mbe niki gituma ugira umunezero??? Cank Niki gituma ubamugahinda??? Chr wanje indoto zanje nikugukunda ibihe vyose hamw nokubana nawe uvuzima bwanje bwose. Ikibazo nukimwe. Ese indoto zanje zizohava ziba impamo kurinje nawe???

25/05/2022

Ncuti zanje tugire ubumwe Urukundo amajambere muri vyose nahoze vuba ndaza kubaha ivyipfuzo nindoto zanje namye nibaza kuva nkirimuto. Mukunshingikira ndabasavye mugire j'aime kuri page hamw na partage

Want your school to be the top-listed School/college in Bujumbura?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Telephone

Address


Bujumbura