04/12/2025
Prezida wa Amerika 𝗗𝗼𝗻𝗮𝗹𝗱 𝗧𝗿𝘂𝗺𝗽 ati :
Ni umusi udasanzwe kuri Africa, cane cane bino bihugu 𝗥𝗗𝗖 🇨🇩 n'U𝗥𝘄𝗮𝗻𝗱𝗮 🇷🇼
Yakomeje avuga kubibazo bihanze ibi bihugu bibiri ko bishobora kurangira biciye mu biganiro no mu masezerano.
🤝Hari mu birori vyo gusinyira amasezerano y’amahoro yabereye mugisagara ca Washington DC;
Prezida 𝗣𝗮𝘂𝗹 𝗞𝗮𝗴𝗮𝗺𝗲 w’Urwanda hamwe na 𝐅é𝐥𝐢𝐱 𝐓𝐬𝐡𝐢𝐬𝐞𝐤𝐞𝐝𝐢
wa Congo bose basinye baravyemeza.
12/03/2025
Mention spéciale à mes nouveaux(elles) super fans ! Felix Bimenyimana
31/10/2024
Mwari muziko Maria ari wawundi ahora avuga kuri Tik Tok ya Mugani? 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 muri World Music Tour King Big Fizzo azojana na Maria 😜
BANTUBWOY TO THE WORLDWIDE 🔥
31/10/2024
Today tuze guhurira kuri YouTube ya King Big Fizzo Lion of the music industry isaha 1h y'ijoro mu masaha y'ibujumbura, bandanya mwidagadura na Humo Ndani mu kurindira iyindi Mega Hit 🔥
29/10/2024
NDAJE MUMASHUSHO MASHASHA YA COMÉDIE NISE LE 31 OCTOBRE 2024 KURI YUTUBE YANJE 🫣🫣 BA MARIA MWESE … IYI NI RWANYU 🤓🤓🤓
https://youtu.be/a7xsKkcpFFw?si=OdvhlveiiVgbRp8J
28/10/2024
🟠⚽️Rodri akaba ariwe atwaye Ballon d'or 2024
------------------------------------------------------------------------------------------------
Nta muntu numwe wo muri Real Madrid yagiye I Paris mu birori vyo gutanga ballon d'or 2024.
Bamwe bavuga ko umunya brésil Vinicius Junior ariwe yarayikwiriye ariko abandi nabo ngo Rodri.
Umunya espagne Rodri niwe atahukanye ballon d'or ya 68 inyuma yo gutwara Euro 2024 hamwe la Roja hamwe n'ibikombe vyo mu bwongereza na Manchester city.
28/10/2024
Une bonne chanson devrait vous donner beaucoup d’images…. vous devriez être capable de créer votre propre petit film dans votre tête sur une bonne chanson.
SERA DISPO CE JEUDI 31 OCTOBRE 2024 SUR TOUTES LES PLATEFORMES NUMÉRIQUES . 🤞🏽
https://youtu.be/a7xsKkcpFFw?si=TvnPsAiT5Pazm1IL
26/10/2024
Gira ijambo ubwiye FC barcelona ♥️