24/03/2025
πMbe Woba waributse kwiyandikisha muri ino mwateguriwe na ? Nyaragasa nimba utavyibutse,k*ko kwiyandikisha hasigaye iminsi iri kurushi utazocikwa. na Formation izotangura kw'igenekerezo rya 31 gushika kurya 06 ndamukiza 2025 mukiringo c'indwi yose.
π΄π M.N : Inyigisho zizotangwa kubuntu ,ariko kugirango uronke amahirwe yo gukurikirana izo nyigisho, urasabwa amafranga ibihumbi mirongo ibiri nabitantu yonyene (25.000 Fbu) kugirango bagutegurire hamwe bijanye na formation w'ipfuza gukurikirana.
Maze muheze muhabwe ubumenyi mwigishwe neza vyuzuye umwuga w'okworora , Amafi, Inkoko, Inkwavu, hamwe n'ingurube.
Aho naho ni muri yatungajijwe na bakaba babateguriye ivyovyirwa kumagenekerezo akurikira:
1Β°/ Formation de pisciculture : Du 31/03/2025 au 06/04/2025.
2Β°/ Formation d'aviculture : Du 07/04/2025 au 13/04/2025.
3Β°/ Formation de Cuniculture : Du 14/04/2025 au 20/04/2025.
4Β°/ Formation de porciculture : Du 21/04/2025 au 27/04/2025.
πMuri iyo mice yose uko ari ine (Ubworozi bw'amafi, ubworozi bw'inkoko ,ubworozi bw'inkwavu hamwe w'ubworozi bw'ingurube), umuntu niwe azicagurira ico akwiye kuronswamwo ubumenyi mugihe abishoboye akazo bikurikirana vyose k*ko ninyigisho ukwari zine zizoba kumagenekerezo atandukanye burindwi imwi imwe hazoba hategekanijwe inyigisho hama izonyigisho bagaheza bakazikurikiranira biciye muri group WhatsApp aho nikubazoba badafise umwanya.
naho kubantu bazoba bafise umwanya bazokurikirana formation presentielle mukwishikira k*kibanza kizotangirwamo formation aho naho ni mukamenge kuri 6 avenue imande ya commune Ntahangwa kuri salle Bita la Frecheur bar
turateye akamo nabanyeshure yarimaze kuramura kuza bagakurukirana izonyigisho bivanye nicirwa bagiye bakurikirana kugirango barushirize gukarisha ubumenyi maze baheze bororanirwe mubikorwa vyabo barimwo vyokwiteza imbere
πNyaragase mwiyandikishe k*ko iminsi iregereje, ufise ico ubaza canke ibindi bisobanuro twandikire kuri +257 62592739 (WhatsApp ).
π: Abazokwitabira izo formation bazohabwa igitabu, hamwe n'urupapuro rwerekana ko bakurikiranye ivyirwa(Livre & certificat).
13/03/2025
en ligne et PrΓ©sentielle 100% Gratuit
π΄πUrasabwa amafranga ibihumbi mirongo ibiri nabitantu yonyene (25.000 Fbu) kugirango bagutegurire hamwe bijanye na formation w'ipfuza gukurikirana.
Maze muheze muhabwe ubumenyi mwigishwe neza vyuzuye umwuga w'okworora , Amafi, Inkoko, Inkwavu, hamwe n'ingurube.
Aho naho ni muri yatungajijwe na bakaba babateguriye ivyovyirwa kumagenekerezo akurikira:
1Β°/ Formation de pisciculture : Du 31/03/2025 au 06/04/2025.
2Β°/ Formation d'aviculture : Du 07/04/2025 au 13/04/2025.
3Β°/ Formation de Cuniculture : Du 14/04/2025 au 20/04/2025.
4Β°/ Formation de porciculture : Du 21/04/2025 au 27/04/2025.
πMuri iyo mice yose uko ari ine (Ubworozi bw'amafi, ubworozi bw'inkoko ,ubworozi bw'inkwavu hamwe w'ubworozi bw'ingurube), umuntu niwe azicagurira ico akwiye kuronswamwo ubumenyi mugihe abishoboye akazo bikurikirana vyose k*ko ninyigisho ukwari zine zizoba kumagenekerezo atandukanye burindwi imwi imwe hazoba hategekanijwe inyigisho hama izonyigisho bagaheza bakazikurikiranira kuba biciye muri group WhatsApp aho nikubazoba badafise umwanya.
naho kubantu bazoba bafise umwanya bazokurikirana formation presentielle mukwishikira k*kibanza kizotangirwamo formation aho naho ni mukamenge kuri 6 avenue imande ya commune Ntahangwa kuri salle Bita la Frecheur bar
turateye akamo nabanyeshure yarimaze kuramura kuza bagakurukirana izonyigisho bivanye nicirwa bagiye bakurikirana kugirango barushirize gukarisha ubumenyi maze baheze bororanirwe mubikorwa vyabo barimwo vyokwiteza imbere
πNyaragase mwiyandikishe k*ko iminsi iregereje, ufise ico ubaza canke ibindi bisobanuro twandikire kuri +257 62592739 (WhatsApp ).
π: Abazokwitabira izo formation bazohabwa igitabu, hamwe n'urupapuro rwerekana ko bakurikiranye ivyirwa(Livre & certificat).
10/03/2025
πππππππππππππππππππππππππ
10
Jewe ndumwigeme wa30ans dukundanye numuhungu 3ans zigire zihere ariko yaranyereka umukobwa bahora bakundana akambarira koyamuhevye.mumwaka ugira kabiri dukundanye niho nacanumva nguwomukobwa bahorana ngwafise inda yiwe umuhungu niwe yabinyibaririye ngwariko ngontazi neza kwarigwiwe nanje ncandamubarira ntiyihakane umwana namwemere niho yansaba ikigongwe biranka kondakimuha,munyuma ndakimuha mugabo ncandamuha condition ahitemwo rero mwumwe Hama umwe wese amenye ahahagaze.Nihoyacambarira kotwobandanya urukundo kwazokwemera umwana gusa.ubu rero twariko dutegura ivyamariage ariko umukobwa aguma yiruka kurogesha uwomuhungu akanabimwibaririra ngokwatamutwaye ngwazohemuka amwishe,arikumwana arandikishije aranamufasha .harinibimenyetso yibonako vyoba arivyo amurungikamwo.impanuro nshaka nizi abiwabo wumuhungu barandembeje ngondamwirukire nguwomukobwa ngontiyoturusha ubwenge ngodufise amahera k*ko arakora naje ndakora nanje ntanumuravumba inzi.nshaka mumpanure iconokora k*ko Jewe vyose ndisengera.Mbaye ndakenguruka kumpanuro muzakumpa
πππππππππππππππππππππππππ
09/03/2025
πππππππππππππππππππππππππ
9
Amahoro. Nashaka nanje muntangire iyi msg nshaka impanuro.
Jewe umugabo wanje ari hanze ntituri kumwe yagiye kurondera maisha. Ndumukunda kandi nawe arankunda. Vyose arampa kandi kabisa ndabona ko utwo arose twose arungika mu muryango.
Mugabo rero mfise ikibazo c'uko anyagiriza ko ntamwitaho. Nawe ashaka umwanya wose aze aramfona appel video ntambaye, ansaba amafoto ya sexe, akipfuza ko twama tuvugana ibijanye na sexe. Ariko nanje nukuri birangora bikangerageza vyose nkabimwankira k*ko mba numva bitandyohera.
Ariko agashavura cane nanje ntabona ico nokora.
Ndasaba ubufasha bwanyu mugire aho muba mwubahwe.
πππππππππππππππππππππππππ
09/03/2025
KIZOFASHA UBURUNDI BWEJO BUKAYANGANE BIVUYE MUNGO ZUBATSE NEZA
1.Kubantu bazoba bariko barashikiriza iciyumviro muri commentaire birabujijwe gutukana , kuzana ibintu vyamoko cange ivangura rifatiye kugistina.
2. Mugihe ushaka gushikiriza iciyumviro kivuge murufasoni atumuntu urengereye cange ututse mugire inyifato yabantu bazima kandi bisoneye.
3. Kazerero dusangire ikiyago twigishanye dukeburane duhanurane muvuge murufasoni ukowumva mugushikiriza iciyumviro
4. Tugabanye et d'ailleurs duhagarike gutwengana kuvuga nabi k*ko ahatwese uwubaza na blague abayashizemwo kandi arinze atanga sujet tuyimusangirize nuko abakeneye intererano yanyu.
zitangwa 19h
Kumuntu afise sujet ayicisha kuri numΓ©ro ya + 257 62592739 Pasteur Nzeyimana Barthelemy.
: ntiziza ngaha adm akubwiye yuko arivyo kwamuganga uja kwivuza
by +257 62592739 , 01/03/2025
..
07/03/2025
πππππππππππππππππππππππππ
8
Bonsoir ndagize mwiriwe
ham nanj nshak muntangir iy sujet nanj nakundany numuhungu uw muhung dukundan ar umunyeshur mri universitΓ© twamenyany bivuy kuwund muhung wumugenz ww mumajamb make ntaw ndabon kk ar hanz ham uw muhung turakundan ndamwiyumvamw arameny bikwiy nanj ndamumeny Gus ndamubwir k nkir vierge ark naw agum ambwir ng niw ategerezw kundeviergeant azoz mur fΓ©vrier j kubwanj numv umeng sind prΓͺte y kuryaman numunt numw mugih ntarubak rer uw muhung munyum acambwir ng agiy mum examen knd bisab kub concentrΓ© cne knd ng tuzoz turavgan gak nanj nt ntakibaz ark Jew nkamubon ar kumurong nkamwandikir mugitond akanyishur mwijor aprΓ¨s nc ndamubwir at bury nubw bimez uk bury warukwiy n kunyandikir bjr bas naw ambwir ng bas uzoz urasig msg nzoyishur ndons umwany rr umusumw muhir ndagir ikibaz kbr niw munt ampanur nez nar nkeney am idΓ©e yiw arik naw ndamubon kumurong ndamufon arank kunyitab nanj nukur narumvis mbabay cne munyum ac anyandikir anyiyam ng ar concentrΓ© can ng ndik ndamugor nsubiriy ac ambroka ndamubwir bas war kunyitab ukumv ikibaz mfis naw acambwir ng nandik aranyishur arons umwany rr nanj ndamubwir at bury bisab k tugir Appel tukavugan nih vyokworoh arank rr bukey narinz k az kumvugish arahor nanj ndamuvugish ndamubaz impamv aj kumurong ntanyishur ac ambwir ng nam exercise ab arik arakor en groupe kur WhatsApp nca mvug saw ham rr mwijor ndamusab angirir screen y discussion turik turavugan arayinyim acambwir ng j sindamwizey knd ntabikund rr ac arayimp nc mbon mur fond d'Γ©cran ya WhatsApp hariy ifot yuwund mukobw ah nyn turatukan bimw bib rr mugitond ndasab imbabaz ntiyanyishuy kumugorob rr nih natey mbon status yiw yagiz uw mukobw ntac namubajij nc ndamubaz munyum ac ambwir ng numugenz wiw arantuk ng ndamufuhir ng kbr ik nyen arantuk birakomer rr kuv uw mus niy sah ntamwandikiy ntanyandikir ntanyishur anyishuy nah arikurayo nukur j ndamuknd arko ndarambiw n kugum ndamwiruk inyum nukir nkeney impanur zany
πππππππππππππππππππππππππ
06/03/2025
πππππππππππππππππππππππππ
7
bnjr.nagomba muntangire sujet mur groupe ndabe ko bonfasha.jewe ndumu maman wabana3 maze 6ans nubatse ikibazo canj aho kiri jewe kuva tubana numugabo umunezero mugitanda sikirengo we umengo sihari kandi nukur nta hanz aja niyo birinz bishika agiz akamber aba aryamy kuva tubana kandi nako kamara umwanya muto jewe ngera kwumva ko nryoherew igikogwa nawe aba ahejej kand acaryama nanj ndamutinya narageragej kubimuganirizak bukebuk we anyerek ko atakibazo gihari ndavyihanganir ndabibamwo gusa vyaciy bintera kuvyikuramwo nanj k*ko nasezerany ko naho vyogenda gut ntoja hanze ntanumuntu numwe nigeze ndabihanuzako kandi we matin ntanarimw avyuk yigira mubisanzw umengo niyo bibay nuguheza ibirizwa kandi twagize mariage atawe bararyamana nubu ntavyo ajamwo kandi arankunda ntaco ndamuburana nukur afise ivyiw nivyanj ntanikintu nakimwe akora atangishij inama gusa yarambwiyek yigez kwikinisha gusa kuva akijijw yabihevy kera mumbabarir mvuze gusa impanuro zanyu ndazikeney murakozeππππ
πππππππππππππππππππππππππ
05/03/2025
πππππππππππππππππππππππππ
6
Bonsoir admi,nashak muntangire iyi sujet mur groupe.
Ndi umu maman mfise abana babiri.Umugabo wanje yabanje kuntera inda nciga secondaire mvyarira iwacu ndayihejeje ashatse KO tubana muhira baravyanka cane maze kubwukuntu namukunda mpitamwo kugirana Γ©tat civil nawe mwibanga turabana.Iwacu vyarabashavuje cane ariko ishavu ryaratevye rirahera kuburyo abiwacu Bari hanze bansaba no kwiga kaminuza privΓ© bakayindihira!uretse kundihira Na kaminuza baramfasha no mubindi vyinshi ndavuga mukumpa ivyo nkenera vyose kwishure tΓ©lΓ©phone, ordinateur, dΓ©placement,namafaranga k*ko nakuriye muri famille nta maman mfise!Umugabo wanje ntiyigeze abibona nabi k*ko twari twabanje kuvyumvikana kandi nanayakoresha muvyurugo.Hageze igihe ntwara iyindi nda maze umugabo atangura kumfata nabi akantuka kugeraho no kunkubita ankubita ndamufitiye iyo nda kuburyo numva ngeze Aho nicuza!yatanguye kuja mubakobwa cane umukobwa bahuye wese ABA atwaye num yiw agatangur kumudraga no kumusaba kuryamana.narinzi ngo ninavyara bizohera ariko vyarabandanije ndamubaza akabihakana.burigihe ahora ancurira ngo ntaco maze murugo mfise umukozi ariko ABA ashaka abarije nkora vyose muhira ngo nizo nshingano zanje nteke nkorope mese nitehabana ngumukozi bisab angumirize umwana gusa ndiko ndakora ivyuko niga vyo ntanagaciro abiha.kandi kubifatanya nishure birangora cane uwo mukozi ntanuko arigera ampa amahera yo kumuhemba kugutinya kwagenda bikankomerana ndamuhemba muyo MBA nahawe. ikigeretseho reo umwana navyaye afise amagara mabi cane nguma niruka mvuye mubitaro Ubu indwi ikurikira MBA nsubiyeyo ariko sindingera mbona yanangiriye nimpuhwe narimwe tumaranye imyaka 5. reo ngira ibibazo vyamagara yumwana wanje nkagira nimicuriro yiwe ahora ambwira ngo nzosubiriwacu nkagira na stress zishure nkumva nosara pee.ishure ryo ndimuguheza nsigaje igihe gito.ntamushahara uri fixe afise ariko amahera arayaronka gusa kuva twabana amaze kungurir igitenge kimwe ariko gusuma arasuma.kera ntaco vyantwara nabona ABA ari kuneza y'urugo ariko Ubu niho ntanguye kubona ukuri.atashe kare ni minuit kandi yazihaze umubajije akubwirako bamusororeye burigihe.rero nashaka mungir inama nkaba maman bagenzi banje k*ko harigihe kenshi numva nosara kubimbaho hagera kumagara yumwana ho nkumva ndiyanse cane.Murakoze cane
πππππππππππππππππππππππππ
04/03/2025
πππππππππππππππππππππππππ
5
Mumez neza abongaha??ham nanj ndashak muntizimitwe nakundanye numuhungu umwaka wose ham birashika acaterinda uyundi mukombwa jew ubwanj ndafata ingingo ndamuheba ariko aragaruka ansaba imbabazi ng dusubirane ndamuharira .ham nyuma yugusubirana harukuntu yagumye ancung aampfuhira biteyubwoba ntakeney kumbona nicitwa uyundi muhungu nahoyoba aruwodukorana.ariko ikimbabaza tumaze gutegura mariage kabiri hagezeko twicara hamw ng tuyage uko vyogenda hagufata umwanya wukuyaga acazana msg zabantu Bose tuyaga kuri fone nukuvuga ngira yarampakinze Niko numvise bavyita.ntagih nakimw twokwicara ng tuyage duhuza .nn mbaze harya gupfuhira uwukunda hamw akwankanisha nabantu bose bisigura urukundo gwukuri??mbehoho gukundana numuntu umubonye wumva umutima urandutse kubwukuntu aguhuharika harimpamvu yukubandany amukundanye numuntu. Utishimira cnk uture ikibazo ngwakwumvirize??mulfashe ndamuhebe cnk nkore gt??murakoze ndabakunda.
ππππππππππππππππππππππππππ
03/03/2025
πππππππππππππππππππππππππ
4
Bonsoir muramahoro nanj muntangir iy sujet nkundany n'umuhungu igih kitar gito nab bavukan Bose baranziii rerooo mutoyii wiw nawee n'umugenz ar proche caaaane rerooo agum ansab azonsohokan kdiii anyandikir matin midi soir n Mukuru wiw arabizii none kubahungu n mumbwire ubw uw Mukuru wiw ntibimutum apfuh akarek kubivug?CK nivyashik tugasohokan chriii wnj akabimenya ntacuka kibi kizohab? ikindiii nacooo imins yose turik turayag agum ashka kumeny Ivy tuvugan n Chriiπ€·ivyiyumvir vyanyuuu ndabikeney k*k jew biranter amakenga π
πππππππππππππππππππππππππ