MK.Emmanuel sower

MK.Emmanuel sower Jesus Christ est le seul sauveur du monde.

16/06/2026

Ta valeur n'est pas dans ce que tu as mais dans ce que tu es🙏🙏
.

10/06/2026

LA PUISSANCE AVEC .

Imana ni yo irimw' agakiza kanje n'icubahiro canje:Igitandara c'inkomezi zanje n'ubuhungiro bganje biri mu Mana.Yemwe ba...
26/05/2026

Imana ni yo irimw' agakiza kanje n'icubahiro canje:
Igitandara c'inkomezi zanje n'ubuhungiro bganje biri mu Mana.
Yemwe bantu, mwame muyizigira ibihe vyose:
Musuke ivyo mu mitima yanyu imbere yayo:
Imana ni yo itubera ubuhungiro. Sela .
:7-8

Nimba ugukorera Imana kwawe kudafatiye kukumenya Imana bisa nkogukora ahantu batakuzi impembo uronka n'uburuhe...kuko gu...
21/05/2026

Nimba ugukorera Imana kwawe kudafatiye kukumenya Imana bisa nkogukora ahantu batakuzi impembo uronka n'uburuhe...kuko gukorera Imana siko kuyimenya👂

Mushishikaye kuzigamisha ubumwe buva kuri Mpwemu umugozi w'amahoro.Harih' umubiri umwe, na Mpwemu umwe, nk'uko kandi mwa...
19/05/2026

Mushishikaye kuzigamisha ubumwe buva kuri Mpwemu umugozi w'amahoro.
Harih' umubiri umwe, na Mpwemu umwe, nk'uko kandi mwahamagariwe icizigiro kimwe c'ihamagarwa ryanyu.
Harih' Umwami umwe, n'ukwizera kumwe, no kubatizwa kumwe;
n'Imana imwe, ni yo Data wa twese, asumba bose, akoresha bose, ari muri bose.

:3-6

Umwami ni mwiza cane kuko ivyo umwe adashoboye gukora yabihaye uwundi kubikora...✍️

Impanuro✍️Iyo ush*tse kwihangiro wihaye gushika mubuzima nivyiza kumenya ko wahish*tseko kubera ko ubuntu bw'Imana bwari...
12/05/2026

Impanuro✍️

Iyo ush*tse kwihangiro wihaye gushika mubuzima nivyiza kumenya ko wahish*tseko kubera ko ubuntu bw'Imana bwari kumwe nawe, ivyo bizoguha kubona ko uwagukoresheje wewe ashoboye nogukoresha uwundi hama biguhe guca bugufi...✍️

Abantu benshi ubuzima bwabo bwonenekara kubera kutamenya kuvuga oya mubuzima...✍️👉Oya si ijambo ribi imisi yose kuko har...
08/05/2026

Abantu benshi ubuzima bwabo bwonenekara kubera kutamenya kuvuga oya mubuzima...✍️

👉Oya si ijambo ribi imisi yose kuko hariho abantu bakijije ubuzima bwabo kubera kuvuga oya,
👉Ego si ijambo ryiza imisi yose kuko hariho abantu ubuzima bwabo bwononekaye kubera ijambo Ego.

Joshua official
V D M gospel
Jean Merveille Niyagwe
Michel Michael

Mubihe vyose uzokwige gushima IMANA, kuko ntakintu kiba mubuzima bw'umuntu ata mpamvu...✍️Joshua official V D M gospel M...
05/05/2026

Mubihe vyose uzokwige gushima IMANA, kuko ntakintu kiba mubuzima bw'umuntu ata mpamvu...✍️

Joshua official
V D M gospel
Michel Michael
Ap Enock Irakoze
Jean Merveille Niyagwe

Rimwe na rimwe twama twiyumvira ko umunezero ari kuba umuntu atunze ibintu vyinshi ego sindavyanse ariko ikibabaje nuko ...
01/05/2026

Rimwe na rimwe twama twiyumvira ko umunezero ari kuba umuntu atunze ibintu vyinshi ego sindavyanse ariko ikibabaje nuko iyo ivyo bintu vyinshi tubitakaje umubabaro tugira usumba umunezero twagize imyaka yose twari tubimaranye. Rero uwo n'umunezero w'ibintu reka ndagu propose umunezero udahera umunezero wokumenya Imana kwariyo isoko ya vyose utakaje vyose ukagumana nayo uba ugumanye vyose...✍️

Joshua official
V D M gospel
Michel Michael
Ap Enock Irakoze
Jean Merveille Niyagwe

K*k' ubutumwa bgiza butantera isoni, ar' ubushobozi bg'Imana, buzanira uwizera wese agakiza, uhereye ku Muyuda ukageza k...
28/04/2026

K*k' ubutumwa bgiza butantera isoni, ar' ubushobozi bg'Imana, buzanira uwizera wese agakiza, uhereye ku Muyuda ukageza ku Mugiriki.
1:16

Address

Mutakura 8 Avenu N°09
Bujumbura

Telephone

+25761659768

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when MK.Emmanuel sower posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The School

Send a message to MK.Emmanuel sower:

Shortcuts

Share