Nikuki amasengero arimenshi nabakizwa aribenshi ariko ivyaha bikaguma birwira burimunsi?
Impmvu yambere nuko abababwiriza ba besha yuko umuntu akijijwe ibibazo ningorane bibabiheze abandi bababwira mugiye mubakizwa ubukene uba usezeye rero iyumuntu akijijwe bamuhenzuko arakizwa akigumira muvyaha kandi yitwa umukizwa niyompamvu abakizwa aribenshi ariko ivyaha haguhera birwira surtout muri africain cane cane muburundi
Impamvu yakabiri iva kuba pasteur barongoye amasengero kuko benshi ntibakibabaye kwabantu bakizwa ngobahinduke bave muvyaha ahubwo bakeneye abakizwa benshi bazane ibigira cumi namashikanwa ntibigera bigisha ingaruka zicaha niyompamvu baguma bababwira za visa nimiduga nama parcelle nimiduga ibi rero abiyita ba prophète naba Dad vyabatungishije kuko bazi muburundi twikeneye hakwigisha abantu bababwira kwatamunyavyaha naho azoba yitwa umukizwa azobona ijuru bishinga bababwira ngomucakire abasambanyi basuma nabarya ibiturire ngomuracakiye nta Mana yofata ubutunzi ngwibute muri poubelles ntibibaho
Ndanginza handitswengo murondere Ubwami bw'Imana nokuguroroka ibisigaye nzobibaha nkinyongera ikindi handitswengo isi izoshirana nivyayo rero abakizwa bubu bapfuye kubera inyongera ntibagikeneye ubwami buzohoraho ntibagikeneye uwigisha avuga icaha ningaruka zaco bakeneye uwubigisha abakundisha ivyisi gusa rero mbabwire ugukizwa suko ugukizwa nurugamba umuntu abarimwo rwokurwanya icitwa icaha kubuzima bwiwe kandi urwo nurugamba rutigera rurangira kuko ntamugororotsi ahari iyo dukijijwe ntituba tugiye gushaka amazu nimiduga nama parcelle mugakiza Yesu yavuze ati uwushaka kunkurikira yiyanke yikorere umusaraba wiwe asige vyose ankurikire rero gusiga vyose kuvuga birya vyose wahora wivayangamwo utarakizwa uba uhevye rero ntubiheba umunsi umwe ahubwo utangura gusenga ubudasiba usaba Imana igushoboze kubiheba nguko rero ico bita gusenga apana kwirirwa mwiruka inyuma yaba Dad naba prophète birya nibisuma biriko bikorera inda zabo biriko birongora umugeni wa Kristo
Ukuri kw'Ijambo ry'Imana
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Ukuri kw'Ijambo ry'Imana, College & University, Ndayifreddy100@gmail. com, Bujumbura.
Want your school to be the top-listed School/college in Bujumbura?
Click here to claim your Sponsored Listing.
Click here to claim your Sponsored Listing.
Location
Category
Website
Address
Ndayifreddy100@gmail. Com
Bujumbura