KEN Academy Burundi

KEN Academy Burundi Offrir Une Education de Qualité!

28/03/2022

Mwiriwe neza!!

KEN Academy Burundi,
Ibahereza inyigisho zinyuma y'ivyigwa vyo mw'ishure (cours du soir).

Izo nyigisho muzironkera mungo zanyu ntavyo guhangayika murinda gufata ingendo muja iyo umwigisha ari!

KEN Academy isanzwe ifise abigisha bo muvyigwa bitandukanye kandi babizobereyemwo, bivanye nivyigwa mwipfuza kwiga, muhabwa umwigisha asanzwe yigisha ivyo vyigwa nyene,

Bivanye naho muherereye, muhabwa umwigisha abegereye w'ivyigwa wipfuza kwigishwa,

Musanzwe mwari mwipfuza umwigisha abigisha canke abigishiriza umwana wanyu, duhamagare kuri:
+257 68 40 24 32
+257 61 20 24 50

Address

Bujumbura

Opening Hours

Monday 08:00 - 20:30
Tuesday 08:00 - 20:30
Wednesday 08:00 - 20:30
Thursday 08:00 - 20:30
Friday 08:00 - 20:30
Saturday 09:30 - 12:00
Sunday 14:00 - 17:00

Telephone

+25761202450

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when KEN Academy Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share

Category