Apôtre vénuste nduwayezu

Apôtre vénuste nduwayezu God's voice

💫Umutima w'umugororotsi witondera ivyo wishura, Arikw akanwa k'abanyakibi gasuka ibibi.Imigani 15:28 ...✍"Wirinde gupfa ...
11/10/2025

💫Umutima w'umugororotsi witondera ivyo wishura, Arikw akanwa k'abanyakibi gasuka ibibi.

Imigani 15:28 ...✍

"Wirinde gupfa ivyo uvuze : kuko bishobora gucika ubuzima bwawe".

Uravye ivyo uvuga ubona bihindutse ivyubaka ubuzima bwawe wonezerwa canke wobabara ?

14/06/2024

Imana irungike mpwemu wayo kubuzima bwawe , akuvyagize iruhande yamazi adasuma , akuyoborere mubwatsi butotahaye , akugeze kundoto zawe Halellujah 🙌🙌🙌

🔥🔥🔥The point is, before you trust,  you have to listen .But unless christ's word is preached there's nothing to listen t...
10/05/2024

🔥🔥🔥The point is, before you trust, you have to listen .But unless christ's word is preached there's nothing to listen to.

🔥🔥🔥 Icitonderwa niki, imbere yuko wigirira icizere canke wizera, ufise kwumviriza. Ariko kiretse ijambo ry'Imana ririko rivurwa ntakindi urekuriwe kwumviriza .
👏 Turakwiye guha agaciro ijambo ryiyaremye ijuru n'isi nibiri kuriyo vyose
mumakoraniro kirazira gusamara
ijambo rya kristo.

Yesu ashimwe cane kuko wumviriza ijambo ryiwe kandi akomeze akurwirize
imigisha , utunge nka ISAKA, usubizwe ivyawe nka JOBU uzatunge kugeza aho bavuga ati tuvemwo kuko uturuta ameen.

shalom bakundwa mumurahawe ikaze kuri iyi gahunda idasanzwe !!! tel: +257 61585008   ni le 16/4/2023
07/04/2023

shalom bakundwa mumurahawe ikaze kuri iyi gahunda idasanzwe !!!

tel: +257 61585008

ni le 16/4/2023

💯Urahawe lkaze caaaaaane Aho tuzova mubwiza tuja mubundi mpwemu yera  n'abamalayika  bariteguye kubwa njewe nawe kugira ...
07/01/2023

💯Urahawe lkaze caaaaaane Aho tuzova mubwiza tuja mubundi mpwemu yera n'abamalayika bariteguye kubwa njewe nawe kugira baduhishurire ibyimana yatugabiye muri kristo yesu umwami w amahoro kugirango dukomeze kubigenderamwo Hallelujah 🙌🙌 🔥🔥🔥

🤗🔥🔥🔥Abegereye ako karere  urahawe ikaze 9h00 aho mpwemu w'Uhoraho azoba   ariko yigaragaza muburyo bwose bwo kugirira ne...
05/08/2022

🤗🔥🔥🔥Abegereye ako karere urahawe ikaze 9h00 aho mpwemu w'Uhoraho azoba ariko yigaragaza muburyo bwose bwo kugirira neza ivyaremwe bishasha biciye kumukunzi wayo Apôtre Nd.Vénuste
Will be fire🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

13/05/2022

🌟Twagire dushimire mpwemu yera ukuntu yakoranye numwana wa kristo Vénuste nduwayezu mukwifanya n abanyeshure bo kuri Lcée municipale kinindo mukwakira ijambo rya kristo 🙌🙌

✨💢 Woba wipfuza ko ubuntu bumutiko bugukorera ?

📞Hamagara :+257 71770166

💫Chalom urahawe ikaze kuri Lycée municipale kinindo aho bukera .Aho  tuzova mubwiza tuja mubundi hamwe na son of God Ven...
12/05/2022

💫Chalom urahawe ikaze kuri Lycée municipale kinindo aho bukera .Aho tuzova mubwiza tuja mubundi hamwe na son of God Venuste. abamalayika bariteguye kubwuwo mwanya mwiza.

⏱14:00

🔥🔥 Thème: briser la puissance
du satan

Call:+25771770166

Address

Bujumbura

Telephone

+25771770166

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Apôtre vénuste nduwayezu posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share