Bull run coins zakora dump zitayikora
Izoba Bull run uko bizogenda kwose
Crypto Academy Burundi
Crypto Academy Burundi – Aha twigisha, dusangiza ivyerekeye cryptocurrency, trading, hamwe n’uburyo bwo kuyikoresha mu buzima bwa misi yose.
🤣🤣🤷♂️
💸,Inyungu ziboneka mwikoresha rya cryptocurrency!🪙
Muri bwabumwe nyene muze dushigikirane mugushira link muri comment bagufollowing nawe uba following!
13/10/2025
Binance and CZ
• Isoko iherutse gukoroka kuruta uko vyabayeho bafatiye ku butunzi yatwaye. Inkuru zimwe zivuga ko hariwe ayashika $19B ariko binjiye mu mizi abariko barakora analyse, basanze ahubwo ayashika $400B yarahatakariye.
• Binance yabaye iyambere mu kumanipula isoko ku buryo yahagaritse system abaja gukora ex*****on y'ama orders bitakunda. Hari benshi bari bipfuza no gukora Buy, system ikabankira. Ariko imbere yuko Trump atangaza Ivya Tarrifs kuri China, hari ama pending positions yari arindiye gukoroka ku buryo harimwo iyari iyunguka ayarenga $200 M, iyindi nka $192M zose zari anonyme, bakibaza impamvu ki Tarifs atari bishasha mu matwi y'abavyumva ariko ngo n'ibice bigira inguvu kurusha aho vyaraba ibihugu vyose.
• Igihe zakoroka, nyinshi zarakoze loss ishika muri -70% ariko icatangaje abahinga iyo BNB ya Binance ntiyigeze irenga muri -30% bakaba bavuga ngo Binance itigeze yemera ama orders akorora BNB ahubwo baciye batangura guhagarika ubutunzi bw'aba traders bafise imitahe minini ngo ntibagire ico bakora, baza kwitangazisha ngo ni system yiplanse.
• Nyuma yaho batanguye kwerekana utunenge tw'ivyabereye muri Binance, bakomeje basaba ngo CEO wayo akurikiranwe n'amategeko kuba yishe isoko ku nyungu ziwe. CZ abibonye kuva ejo aguma yerekana ko BNB Chain yiwe yubatse neza atariyo ikora isoko, ariko bakaba bariko bamwagiriza ko yafashe imitahe ahombeje abandi agaca ayizana muri BNB none ngiyo ikora ATH, mu gihe izindi zigahangayikishwa no gusubira aho zahora.
• Inkuru yabaye ndende, Binance rero ubu kugira ikwepe ivyo bihano kuko bariko bayigako, yafashe décision yo gusubiza ama dollars angana na 283 Millions ku bantu bayo bahomvye aho ni mugihe harimwo abayohomvye ayaruta aho ari umwe gusa ndetse murazi ko hari n'abiyahuye nk'uko amakuru avuga ko abiyahuye bashobora kuba bashika 200.
• Icirwa twahakuye :
~ Gukora Leverage Trading ni kubigendako gake
~ Kutabika ubutunzi bwacu bwinshi muri CEX ahubwo tubushire muri WALLET kuko nka kumwe FTX yakoroka ihomba vyoshika umwanya tutiteguye.
~ Ntitugashire imitahe yacu yose mw'isoko tuze twisigariza ku mpamvu yo kurindira opportunity yindi canke yo kwisecurisa hamwe imirisho yohinduka ntituzobure uburaro n'uburamuko.
~ nawe tubwire ico wahigiye kindi...
Kora partage ku ncuti, bakore follow Hardworker Hawkins , amakuru n'inyigisho vya cryptos, bizodusanga hano. Gir'umugisha
Ayo makuru muyamaze ico ushaka.
HawkinsHw
13/10/2025
✍️Hari abambajije ati mbese Robot ya RoyalQ ikora gute:
🧏RoyalQ ni application ikoreshwa mu kugura no kugurisha crypto (trading) ukoresheje robot ikora automatique. Irakorana n’amasoko nka Binance na Huobi, aho uyihuza n’iyo exchange ukoresheje API key, hanyuma robot ikajya ikorera trade buri munsi💰.
Uko RoyalQ ikora
1. Uhuza konti yawe ya Binance cyangwa Huobi na RoyalQ ukoresheje API Key.
2. Usaba robot uko igomba gukora trading – hari strategies zimaze gutegurwa cyangwa ushobora guhindura uko wifuza.
3. Robot itangira akazi: iyo crypto igabanutse igura, iyo yazamutse igurisha — ikungukira ku nyungu nto nto ariko kenshi (scalping).
4. Amafaranga aba ari kuri Binance, ntaba ari muri RoyalQ – biba bikurinda ko application yajya n’amafaranga yawe.
5. Hari amafaranga y’ishirwaho y’umwaka (Licence fee), uriha rimwe hanyuma robot igakora 24/24h.
Ibyiza bya RoyalQ
Ntisaba kuba u*i trading cyane.
Ikora 24h ku munsi, ni ukuvuga ntizirirwa isinzira.
Amafaranga yawe aguma kuri Binance cyangwa Huobi — RoyalQ ntikubikira capital.
Profit yose ujya uyibona mu gihe nyacyo (live trading).
Ibintu byo kumenya neza
RoyalQ si yo iguha inyungu, inyungu iva kuri crypto market movement.
Iyo market igabanutse cyane, robot ishobora kugura ikabura aho igurisha — bituma amafaranga yawe afatirwaho ariko ntabura burundu, uba utegereje market izamuke.
Ugomba kugira capital ihagije kugirango robot ikorere neza.
Amagambo ya nyuma (Recommendation)
Ibanze wige neza uko API ikoreshwa kugirango wirinde amakosa.
Ntukemere umuntu akurangirire gusa RoyalQ ngo uhite ushyira amafaranga — sobanukirwa uko strategy ikora.
Murakoze!
Muri bwabumwe nyene tubandanye gushigikirana,siga link yawe muri comment tugu following ariko nawe usige follow!👍
Abantu mukiri maso,muri bwabumwe nyene shira link ya page tugu following ariko nawe ubanze ufollowinge kwiyi page!
11/10/2025
Asha iyi industry ntizogenda itaduhitanye pe
🤦😭💸
10/10/2025
Ni bahimirize bongere bateze imbere ubuhinga bwokuriha canke gutora amafaranga hifashishijwe ubuhinga bwanone,
Bizofasha inoti kudahera vyihuse kuko uruhande runini rw'abarundi uzosanga bashobora gusuma,kugura ico umuntu wese yipfuza adakoze kunoti💸.
Eka nuwugurisha agurishe adakoze kunoti!
Nayahandiho ntawundi muti uhari.
Amafaranga ahabwa agaciro kubwuko uyakoresha,si uko uba uyabona!💰
Click here to claim your Sponsored Listing.
Location
Category
Telephone
Address
Kanyosha
Bujumbura