Ndikumwenayo Célestin

Ndikumwenayo Célestin Sport Live: Actualité de football en direct

🔴 Paris Saint Germain bayereka urwegoNewcastle Utd 4-1 PSGAlmiron ⚽              Hernandez ⚽D Burn ⚽Longstaff ⚽Shar ⚽Kil...
05/10/2023

🔴 Paris Saint Germain bayereka urwego

Newcastle Utd 4-1 PSG
Almiron ⚽ Hernandez ⚽
D Burn ⚽
Longstaff ⚽
Shar ⚽

Killian mbappe ashobora guhomba kubera gukunda ifaranga. Kuko no mwiri tsinda biragoye kuvayo.

Mugihe Umugwi wa Real Madrid watsinze Juventus ibitsindo 2 ku Busa, Abeshi batanguye kuvuga amajambo kuri Karim Benzema ...
31/07/2022

Mugihe Umugwi wa Real Madrid watsinze Juventus ibitsindo 2 ku Busa, Abeshi batanguye kuvuga amajambo kuri Karim Benzema hamwe na Robert Lewandowski Mugihe amaze inkino 3 atatsinda.

Tubibutseko Barça mu gatondo kuyu musi batsinze New York RB ibitsindo 2 Ku busa nyene vya dembéle hamwe na depay.

Ndabaramutse nizerako mumeze neza. Hanyuma inyuma y,igihe kitari gito atankuru ndiko ntanga, Ubu nagarutse muri football...
16/06/2022

Ndabaramutse nizerako mumeze neza. Hanyuma inyuma y,igihe kitari gito atankuru ndiko ntanga, Ubu nagarutse muri football.Rero tugiye kubana neza cane muri football.mugire igitondo ciza

31/05/2022
24/02/2022

Iyi talent yigendera abafise ama Radio bayirabire hagufi kuko ni kazoza mu bantu batangaza urukino neza!!!

Uyu musi niho inkino zo Muri UEFA champions Leagues zibandanyaTwitege iki Muri Zino nkino?
07/12/2021

Uyu musi niho inkino zo Muri UEFA champions Leagues zibandanya

Twitege iki Muri Zino nkino?

Muri laliga stander umugwi wa real Madrid waraye witwaye neza mu gutsinda real sociedad 2 _0.Vinicius Jr 47' na Jovic 57...
05/12/2021

Muri laliga stander umugwi wa real Madrid waraye witwaye neza mu gutsinda real sociedad 2 _0.
Vinicius Jr 47' na Jovic 57'

Vinicius Jr mumubona gute uyu mwaka?

Umumeyereza wa FC Barcelona Xavier, amenyeshako umukinyi Frankdejong atari uwugurishwa ahubwo ngo Ari we rufunguruzo guw...
03/12/2021

Umumeyereza wa FC Barcelona Xavier, amenyeshako umukinyi Frankdejong atari uwugurishwa ahubwo ngo Ari we rufunguruzo guwo mugwi.

(Fabrizio Romano)

Mweho mubivugako iki?

25/11/2021

🔴 Karim Benzema muri Champions League:

👕 135 matches (inkino)
⚽ 76 buts (ibitsindo)
🎯25 passes décisives (imipira ivamwo ibitsindo)
🏆 4 trophées (ibikombe)

Address

Avenue Muyinga
Bujumbura
UB/02/0316/20212021

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ndikumwenayo Célestin posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The School

Send a message to Ndikumwenayo Célestin:

Shortcuts

Share