TUBE MASO

TUBE MASO Benjamin Coyitungiye

Amaze imyaka 51 atabona iyo biva n'iyo bija, Richard yaciye mu bihe bigoye cane kuko hamwe nuko umugore atamwubaha n'aba...
04/05/2025

Amaze imyaka 51 atabona iyo biva n'iyo bija, Richard yaciye mu bihe bigoye cane kuko hamwe nuko umugore atamwubaha n'abana kwari uko nyene bivanye n'ubushobozi buke yarafise bwo kubatunga.

Hari haciye igihe kitari gito ivyo yadandaza baravyivye ivyamuzaniye ingaruka mbi mu buzima busanzwe kubera urugezo yaragezeko.
Vyaje kunyuka rero aho aboneye n'abagenzi biwe bamuvuyeko aza gutahura neza ko bamukundira ivyo yarafise.

Richard amaze kubura ukwabigenza yaciye afata ingingo yo kuja kwiyahura.

Niho rero ageze ku mugezi kugira yitemwo banabure irengero ryiwe, yahasanze Modeste ari gusa we yagira yiyahure kubera yabuze impuzu zo kwambara.

Niho batangura kuyaga,

▶️Modeste: Uje gukora iki ga mugabo.

▶️Richard: Naje kwiyahura ubuzima buranse aha naremerewe mbura uko mbigenza.

▶️Modeste: Ndagusavye imbere yuko ubikora banza umpe izo mpuzu wambaye uzoba ukoze, kuko jewe nico kibazo conyene nari mfise, ibindi nzobironka ni pole pole.

Richard n'ukumaramara acahindura ivyiyumviro kuko yasanze afise basi n'ico abandi bakeneye.

📝Mugenzi ushobora kuba utararonka vya bindi vyose ukeneye ariko nagira nkubwireko n'ivyo bito ufise harabandi vyobera umugisha.

Kuba ukiriho haracari amahirwe yuko bishoboka.

Humura biracakunda senga Imana, nimba wahora ubikora shishikara subira uje kandi kudodora.

"UHORAHO NIWE AZOTUMA BIKUNDA"🙌

🔵 Abantu bigeze kubona canke kumva ko wabatijwe , bazi ko wakijijwe ariko ivyaha uyumunsi uriko urakorera mw'Ibanga biga...
10/03/2025

🔵 Abantu bigeze kubona canke kumva ko wabatijwe , bazi ko wakijijwe ariko ivyaha uyumunsi uriko urakorera mw'Ibanga bigaragaza ko Yesu agarutse wotsindwa n'urubanza ! Mbega akaga 💔💔💔
🔴 Uyumunsi urafata ingingo ko utazosubira gukora ivyaha vyo mwibanga , ariko bwaca ukavyisangamwo 😭😭😭
Mbega akagaaaa 💔💔💔
🔴 Mbega n'igiki gikwiye gukorwa kugira dusezerere ivyaha dukorera ahihishije ???
🔴 Bamwe barisambanya abandi barasambana n'abandi kandi bitwa ko bakijijwe ivyo bakabikora kugira bahaze irari ry'umubiri !
Abandi bariba kandi batabuze ivyo bafungura bakabikora kubwo guhahamira ivy'isi , abandi ntibatinya gutukana , abandi ntibatinya kurya ibiturire , ububeshi n'ibindi vyinshiiii ,. ! Ivyo vyose bakabikora kandi bitwa ko bakiriye ! Mbega ugutukisha izina ry' IMANA !
🔵 Ntawukorera abami babiri ⚠️ Ninayo mpamvu abenshi bakunze kuvuga ko bigoye kuzokwinjira mu Bwami bw' IMANA ! Ntamuntu ariko yiyanduza n'ivyo vyose azobona ubwami bw'IMANA atayihindukiriye acambaye uyu mubiri 🤵
🔴 Mbega none ko icaha gisosa uzososererwa kugeza ryari ? Uruhendo rwa Satani ruratangaje ! Akwereka ibisosa , ibisayangana , nawe ukibwira ati reka ndabikore uyumunsi ati ejo nzoca nihana ati kandi IMANA izombabarira nsubire k'umurongo wayo ! Ohhhh mugenzi vyukuri nimba ukora ivyo kandi witwa ko wari warakiriye YESU , uriko wita muri GIHENOMU 🔥🔥🔥
Ese uyumunsi wofatwa n'umusonga canke ukagira accident ukava mumubiri , ubona woca ushikira hehe ? Erega IMANA mugutanga Imbabazi ntizoraba intango y'umuntu , izoraba iherezo ryiwe !
Ncuti mukundwa , twame twiyejehe kandi duharanire ivy'ijuru kuko tutazi umunsi YESU azogarukira !
Ibimenyetso vyooose yatubariye ko nitwabibona tuzomenya ko ari bugufi , vyarash*tse ✅ nuko rero tuve mumwijima ariko dutumbere YESU kuko ariwe nzira y'ukuri n'Ubugingo 🙏
Nimba vyukuri ufashijwe , ndagusavye urungike iyi post muma groupes urimwo , IMANA izobiguhembera nayo jewe ntaco nokora ngo nguhe ibihwanye n'ico ciza uzoba ukoze 🙏🙏🙏🙏

AVANT DE DÉTRUIRE UNE RELATION, SOUVIENS-TOI DE CES 7 CHOSES .1.NE DÉTRUIT PAS UNE RELATION À CAUSE DE L ARGENT CAR UNE ...
26/02/2025

AVANT DE DÉTRUIRE UNE RELATION, SOUVIENS-TOI DE CES 7 CHOSES .

1.NE DÉTRUIT PAS UNE RELATION À CAUSE DE L ARGENT CAR UNE RELATION PEUT TE DONNER PLUS QUE L ARGENT .

2.NE DÉTRUIT PAS UNE RELATION À CAUSE D UNE FEMME CAR UNE VRAIE RELATION PEUT TE SAUVER EN CAS DE DÉTRESSE.

3.NE DÉTRUIT PAS UNE RELATION EN NE CONSIDÉRANT QUE LE PRÉSENT CAR DANS LA VIE , IL N Y A PAS QUE LE PRÉSENT. IL Y A AUSSI LE FUTUR ET LE FUTUR CACHÉ. SOUVENT DES SURPRISES.

4,NE DÉTRUIT PAS UNE RELATION PAR UNE MAUVAISE GESTION DE TA BOUCHE CAR UNE VRAIE RELATION PEUT SAUVER TOUT TON CORPS AU DELÀ DE LA BOUCHE .

5.NE DÉTRUIT PAS UNE RELATION PAR LES ON-DIT DES GENS CAR TU NE SAIS PAS AVEC QUELLE INTENTION CERTAINES PERSONNES CRITIQUENT D AUTRES ET LE DIABOLISENT.

6.NE DÉTRUIT PAS UNE RELATION À CAUSE DE L ORGUEIL CAR L ORGUEIL PEUT TE PRIVER DES BONNES PERSONNES QUE DIEU A ENVOYÉ POUR TA DESTINÉE .

7.NE DÉTRUIT PAS UNE RELATION PAR MANQUE DE PATIENCE CAR TU PEUX GAGNER UNE MOUSTIQUE À LA PLACE D UN ÉLÉPHANT JUSTE A CAUSE DE LA CUPIDITÉ.

Twimenyereze kurya ivyo twabiriye akuyo kuko nivyo bitanga ICUBAHIRO💪💪💪
20/02/2025

Twimenyereze kurya ivyo twabiriye akuyo kuko nivyo bitanga ICUBAHIRO💪💪💪

💃💯👏🙏🙏 Nukubera Imana
04/12/2024

💃💯👏🙏🙏 Nukubera Imana

Warahabayr Naha mana
04/12/2024

Warahabayr Naha mana

02/12/2024
Intambwe nziza
23/11/2024

Intambwe nziza

26/09/2024
Iyi nyubakwa ngo nankana ntibereye Ijisho?
12/08/2024

Iyi nyubakwa ngo nankana ntibereye Ijisho?

Address

Avenue De L'université
Bujumbura

Telephone

+25768451285

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when TUBE MASO posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The School

Send a message to TUBE MASO:

Shortcuts

Share