27/05/2023
🙄🇧🇮😥😥😥
Journal
27/05/2023
🙄🇧🇮😥😥😥
ITANGAZO
Biramenyeshejwe
Umuntu wese yoba yarize muri lycée BUBANZA Hama akaba yahoze asengera muri groupe BIBLIQUE UNI du lycée BUBANZA yotwandikira kuri 68631560 Hama tukamushira muri groupe ya WhatsApp Aho duhanahanira amakuru kandi hakaba hari nakabazo tugomba kwigira hamwe Kari important et urgent,nimba ubonye iritangazo risangize abandi
MURAKOZE
Semerera ahuri hose,uvuge ko icaha arikibi
17/01/2022
Imitima nije munda bavukanyi❤️❤️❤️
Shaloooom bakunzi mwese aho muri kwisi nzima
Hama nagire nkubwire kudakwiye kubuzwa amahoro nubuzima bwuyu musi urimwo ahubwo nubuzwe amahoro nuko ugire upfe ufise icaha,mana babarira umuntu wese asomye iyi msg
Umwami wacu Yesu Kristo aguhe iherezo ryiza
21/12/2019
Shalom Shalom Shalom,abo Muri Kristo Yesu Muraho?Ivyiza Bitaribwigere Kuboneka Aho Culte Yo Kumusi Wagatandatu Muri G B U Bubanza Le 06/04/2019 Yabaye Culte Nziza Cane,mpwemu Yera Aragendagenda Kuwarahari Wese Nukuri Dutahana Umugisha,hari Umugwi Witwa Fine Story Udukinira Udukino Niho Washoboy Gukina Hama Abantu Bose Buzura Amarira Kubwugutsindwa Nurubanza,hama Barihana Bose,"josué;1~7-8, Imana Nyene Amahoro IbahezaShalom Shalom Shalom,abo Muri Kristo Yesu Muraho?Ivyiza Bitaribwigere Kuboneka Aho Culte Yo Kumusi Wagatandatu Muri G B U Bubanza Le 06/04/2019 Yabaye Culte Nziza Cane,mpwemu Yera Aragendagenda Kuwarahari Wese Nukuri Dutahana Umugisha,hari Umugwi Witwa Fine Story Udukinira Udukino Niho Washoboy Gukina Hama Abantu Bose Buzura Amarira Kubwugutsindwa Nurubanza,hama Barihana Bose,"josué;1~7-8, Imana Nyene Amahoro Ibahezagire
Biramenyeshejwe Ko Ngaha Araho Duhanahana Ivyiyumviro Mwijambo Ry, Imana.Donc Etude Biblique