Geery le Comédie

Geery le Comédie

Share

Follow me plz

20/05/2026

🚨🚨|Sha Vinicius yaragowe! Muntu wizera abakobwa nguwo wamu ex wa Vini yapostize kuri IG ariko asomwa nimamfu aho nimugihe atanindwi yariheze bahebanye!

20/05/2026

🟣🔵Kwisi hari ibihugu bigera ku 200 ariko ico womenya nuko Kuva igikombe cisi cabaho ibihugu 8 arivyo vyonyene bimaze gutahukana ico gikombe kuva gitangura 1930

🇧🇷 Brésil: Incuro 5 (1958, 1962, 1970, 1994, 2002)

🇩🇪 Allemagne: Incuro 4 (1954, 1974, 1990, 2014)

🇮🇹 Italie: Incuro 4 (1934, 1938, 1982, 2006)

🇦🇷 Argentine Incuro 3 (1978, 1986, 2022)

🇫🇷 France: Incuro 2 (1998, 2018)

🇺🇾 Uruguay: Incuro 2 (1930, 1950)

🇬🇧 Angleterre: Incuro 1 (1966)

🇪🇸 Espagne: Incuro 1 (2010)

Photos from Geery le Comédie's post 19/05/2026

✍🏿 Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye yateye umukono ku ngingo igena Nancy Ninette Mutoni kuba umuvugizi mu biro vy'umukuru w'igihugu.

🙍🏽‍♀️ Umupfasoni Nancy Ninette Mutoni asubiriye Umupfasoni Rosine Guilene Gatoni muri ayo mabanga.

👤 Colonel Floribert Biyereke, yaciye mu kiruhuko c’izabukuru, yagizwe icegera c’umukuru w’ivyo biro.

👔 Sébastien Ntahongendera na we yagizwe umuhanuzi muri ivyo biro .

📅 Igenwa ryabo ribaye kuri uwu wa 19 Rusama 2026.

19/05/2026

🔵🟣 Carlo Ancelotti Ngo nawene yababaye kubera João Pedro atamuhamagaye

🗣️ "Nimwizere, ndababajwe na João Pedro Kubera yari yagize sezo nziza , yarakwiriye kuja mu gikombe c'isi.

Ariko rero, n’icubahiro cose n’uguhiganwa gukomeye cane, twahisemwo abandi bakinyi mu kibanza ciwe... Ariko vy’ukuri turababaye João Pedro anyihanganire 🥱

Amakuru abaravye ikiganiro Ancelotti yatanze ataratanga abakinyi yavuze ijambo rikomeye ko ahaye atora abakinyi yahawe impanuro nabamwe muba Legends nabanyamakuru yakurikije birashoboka hakaba hariho abakinyi Ancelotti yatumyeko kubwinguvu zabamuhanuye

19/05/2026

🔵🟣Real Madrid ihaye ibaza José Mourinho nyimba yokwemera ko basinyisha Rodri wa Man City

Bivanye nigenda rya Pep Guardiora muri Man City Ubuyobozi bwa Real Madrid bwabiye Special One ko Rodri ahari nkumu Milieu yoroshe kuronka kwisoko anifuza kuza muri Real Madrid

Nubwo bimeze uko ngo ingingo yanyuma yuko Rodri yosinyishwa iri kuri Jose Mourinho

SER✅

18/05/2026

😄🔥 CARLO Ancelotti ibipapuro yabifashe aragumya, ntawe ASHAKA KO AMURABIRA abakinyi yatumyeko !

18/05/2026

✅🔵⚪ BREAKING : Neymar Jr arazi neza igeno ryiwe mumugwi nserukiragihugu imbere y'ukwo urutonde rusohoka uno munsi mumasaha ari imbere !

Leo Dias yemeza ko hari amakuru avuga ko Carlo Ancelotti we nyene ubwiwe yahamagaye Neymar amumenyesha ko ari murutonde rw'abazoserukira igihugu mugikombe c'isi.

Ibi vyabaye uno munsi, ari nawo asohorerako urutonde yatumyeko.

18/05/2026

I kaze ryinshi cane mu Burundi Aho abadutanze kuronka amahera bibazako abatayafise Turi ibinebwe😒

18/05/2026

Endrick is back🥰🥰🥰🥰

18/05/2026

🟣🔵Espanye La Roja Attention Ansufati ngo ashobora gutumwako asubirire Fermin Lopez yagize imvune

Ansufati ari muribamwe mubakinyi Luis de La Fuente ahaye yigakako azosubirire Lopez yagize imvune

Ansufati afise ibiharuro vyiza muri As Monaco ino sezo ashobora kugaruka muri La Roja

Diario Sport ✅

Want your school to be the top-listed School/college in Singapore?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Telephone

Website

Address

France
Singapore