17/05/2026
kuko tugenda turongorwa n'ukwizera, ntiturongorwa n'ivyo tubona-
2 Ab'i Korinto 5:7
Imigani 22:6
Menyereza umwana inzira akwiriye kunyuramo, Azarinda asaza atarayivamo.
17/05/2026
kuko tugenda turongorwa n'ukwizera, ntiturongorwa n'ivyo tubona-
2 Ab'i Korinto 5:7
Wibuke ijambo wasezeranije umugaragu wawe, Kuko wanyiringije.
Iki ni cyo kimara umubabaro mu makuba yanjye no mu byago byanjye, Ni uko ijambo ryawe ryanzuye.
Zaburi 119: 49-50
Ibisigaye mukomerere mu Mwami no mu mbaraga z’ubushobozi bwe bwinshi.
Muhagarare mushikamye mukenyeye ukuri, mwambaye gukiranuka nk’icyuma gikingira igituza,
Abagororotsi baratakamvye, Uhoraho arabumva,
Abakiza amagorwa yabo yose.
Zaburi 34:17
Ariko nzosubira kugukomeza, nzogukiza ibikomere vyawe, ni jewe Uhoraho mbivuze;
Yeremiya 30:17a
Umugabisha aramwishura, ati Mugenzi, ntibimbereye ko winjira mu nzu yanje; *vuga ijambo gusa* , uwo muhungu arakira.
Matayo 8:8
Ku kagoroba, bamuzanira benshi binjiwemwo n'abadayimoni; izo mpwemu mbi *azirukanisha ijambo* , akiza abari barwaye bose,
Matayo 8:16
umuntu ni yagomba kukuburanya ngw akunyage ipfundo, umuhebere n'umutamana;
Matayo 5:40
Mt 5:40
umuntu nashaka kukuburanya ngo agutware ikanzu yawe, umuhe n'umwitero,
Yesu aramubgira, ati Mvako, Satani, kuko vyanditswe, ng' Uhoraho, Imana yawe, abe ari yo usenga, kand' abe ari yo usaba yonyene.
Maz' Umurwanizi aramureka, kand' abamarayika baraza, baramukorera.
Matayo 4:10-11
Kuko nzosuka amazi ku gihugu gifise inyota, n'imigezi kw isi yumye; nzosuka Mpwemu wanje ku ruvyaro rwawe, n'umugisha wanje ku buzukuruza bawe:
Yesaya 44:3
07/05/2026
Enda ni wamire ca gikoko co mu rufunzo,
N'amapfizi menshi n'inyana zo mu mahanga,
Gush*tsa aho bazogukomera amashi, bakugororere amafeza:
Sabagiza amahanga ahimbarwa n'intambara.
Zaburi 68:30
Impfizi nyinshi zirankikije,
Impfizi z'ubukombe z'i Bashani zintaye hagati.
Baranyasamiye n'akanwa kabo,
Nk'intambge yaromoye yivuga.
Zaburi 22:12-13
Impfizi y'intama y'amahembe abiri wabonye ni bo bami b'Abamedi n'Abaperesi. Impfizi y'impene y'ibisambi ni we mwami w'i Bugiriki; kand' ihembe rinini ryari hagati y'amaso yayo ni we mwami wabo wa mbere.
Daniyeli 8:20-21
05/05/2026
Araheza yiryamira musi y'ico giti c'umurotemu, arasinzira; maz' umumarayika araza aramukoma, aramubarira, ati *Vyuka, urye.*
Akanuye, abona umutsima ugeretse ku makara, n'umukuza w'amazi, biri haruguru y'umutwe wiwe. Nukw aravyabira, ararya, aranywa, arongera ariryamira.
Umumarayika w'Uhoraho agaruka ubugira kabiri, aramukoma, aramubarira, ati *Vyuka urye,* urugendo ntirukunanire kukw ari rurerure.
Nukw aravyuka, ararya, aranywa; izo ndya azigendera imisi mirongwine n'amajoro mirongwine, ashika i Horebu ku musozi w'Imana.
1 Abami 19:5-8
26/04/2026
Kukw isezerano ar' iryanyu kand' ar' iry' abana banyu, n'abari kure bose, abazohamagarwa bose n'Umwami Imana yacu.
Ivyakozwe n'intumwa 2:39