Iteriteka Trésor Ministries

Iteriteka Trésor Ministries

Share

📖YESU niwe nzira,Ukuri,n'Ubugingo
📖Jésus est le Chemin,la Vie et la Vérité
📖 Jesus is the Way,....

07/06/2026
Photos from Iteriteka Trésor Ministries's post 05/06/2026

kw'isi 🌎 inyuma ya impact na influence idasazwe uhora ubona 👁️ 👁️ abantu bagira,baba abo mubwami bw'umuco 💥 canke ubw'umwiza⚫ntanumwe ❌ ahari yirebanga udakorana🚷 na MPWEMU YERA ukorana✅ n'impwemu z'umwansi 👿 🌚 👿 udakoranye🚫 n'imwe murizo,umuce umwe muriyo ibiri igukorerako ☑️ubishaka 🦸🏾‍♂️ canke 🚷 utabishaka iryo ni itegeko⚖️ ry'impwemu...
Harageze 🖐🏾🖐🏾nkabana b'IMANA guhitamwo🙌🏾 gukorana na MPWEMU YERA kugira ugire impact na influence idasazwe mubikwerekeye🌎 vyose mw'Izina ry'ubushobozi 🔥 rya YESU KRISTO.

04/06/2026

MPWEMU YERA, Impwemu isumba zose 👿🌚👿👂🏽

Photos from Iteriteka Trésor Ministries's post 03/06/2026

muzoza munsenge, nanje nzobumva👂🏽Muzondondera kandi muzombona, ni mwandondeza umutima wanyu wose📖Yeremiya 29:12-13 Hallelujah

Photos from Iteriteka Trésor Ministries's post 03/06/2026

🗣️ry'Uhoraho ryongera kuza kuri Yeremiya ubugira kabiri, acugaraniwe mu rugo rw'ibohero, rit' Uhoraho abikora, Uhoraho abirema akabikomeza, Uhoraho ni ryo zina ryiwe, uku ni kwagize,ati Mpamagara, nanje ndakwitaba, nkwereke ibihambaye n'ivyikinze,ivy' utaribgamenye📖Yeremiya 33:1-3 hallelujah

03/06/2026

🌎kumenya🦻🏾🎤👇🏾

Photos from Iteriteka Trésor Ministries's post 02/06/2026

🧍🏾‍♂️ubwawe ni ukuhe⁉️kuko🧏🏽‍♀️ utegerezwa kugenderera 🚶mukuri(Ijambo ry'IMANA 📖)umaze kwakira kandi ukuri📖umaze kwakira🙌🏾hari umusi wamateka⚖️👩🏽‍⚖️imbere yaya ntebe💺uzobazwa ico wakumajije wibuke ko abazi vyinshi bazobazwa 🗣️ vyinshi hejuru yivyo vyose warahawe MPWEMU YERA kugira agufashe kumvira no kugendera mukuri kwose wakira.
Guhera uyumusi🤲🏾🧎🏾‍♂️reka MPWEMU YERA agushoboze🙌🏾 kugenderera mukuri kwose umaze kwakira mw'Izina ry'ubushobozi 🔥 rya YESU KRISTO

01/06/2026

❌ba Marita (abakunda 💛 ibikogwa vyayo gusumba✖️🚫 ubusabane 📖🤲🏾🧎🏾‍♂️Nayo) ariko ikeneye ba (Mariya)abashobora guheba vyose kugira bamanze bicare🧘🏾‍♂️ kubirenge 🤲🏾🧎🏾‍♂️ vy'Umwami YESU (bumvirize👂🏾 ico ashaka kugira ntibapfe❌gutomboza muvyo atababwiye🗣️❌atabatumwe⚠️muvyo atarimwo),Turiko turahamagarirwa kuba ba Mariya gusumba ❌ kuba ba Marita📖Luc10:38_42 ubuzima bw'ubusabane n'IMANA bucike umugabane wanje nawe mw'Izina ry'ubushobozi 🔥 rya YESU KRISTO

Photos from Iteriteka Trésor Ministries's post 01/06/2026

🗓️🌅🌌kwa Gatandatu 🗣️ UMWAMI MANA ashoboye kugusazako Ubuntu bwose ça dépend nubwo ukeneye uwugwaye 🛌🏾 nubwo gukira 🏥, uwundi bushobora kuba🙌🏾ubwagakiza muri👬famille, murugo...uwundi bushobora kuba Ubuntu bw'amafaranga 💸, uwundi ubwakazi,ubwa promotion, uwundi ubwa fiançailles 💍 uwundi ubwa voyage 🛫✈️ uwundi ubwo kwegera 🤲🏾 IMANA no kunwana Nayo, uwundi ubwiterambere..... ivyo vyose igomba kubikora kuri wewe wizeye kugira ngo urushirize gukora ivyiza vyose (ibihwanye n'ubugombe bw'IMANA)ufise ibigukwiye vyose mw'Izina ry'ubushobozi 🔥 rya YESU KRISTO

Want your school to be the top-listed School/college in Bujumbura?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Website

Address

Bujumbura