03/07/2026
Iga Icongereza vyihuse ✅
VUGA Icongereza
🔥 NTUVUGE “I'M...” UTAZI INSOBANURO YAYO 😲 | UMUTI ENGLISH 📚
Wari u*i ko "I'm" ari impfunyapfunyo ya "I am" kandi ikoreshwa cane mu kwivuga no gusigura uko umeze canke uko wiyumva? 🚨
Muri iki cigwa uraza kwiga uburyo butandukanye bwo gukoresha "I'm..." hamwe n'insobanuro yavyo mu Kirundi. 📖✨
👇 Uburorero bworoshe:
✅ I'm ready.
— Nditeguye.
✅ I'm happy.
— Ndanezerewe.
✅ I'm tired.
— Ndarushe.
✅ I'm hungry.
— Ndashonje.
✅ I'm thirsty.
— Ndanyotewe.
✅ I'm busy.
— Ndafatiriwe.
✅ I'm late.
— Nacerewe.
✅ I'm early.
— Nazindutse. / Nash*tse kare.
✅ I'm home.
— Ndi muhira.
✅ I'm fine.
— Meze neza.
✅ I'm excited.
— Ndanezerewe cane.
✅ I'm here.
— Ndi hano.
✨ Aya majambo aragufasha kuvuga icongereza c'imisi yose no kwivuga mu buryo bworoshe.
📌 Save iki cigwa kugira uzosubire kukiraba mu nyuma.
📌 Sangiza abagenzi bawe kugira nabo bige icongereza.
Ushaka kwiga icongereza mu buryo bworoshe? Turondere 👇
✉️ Email: [email protected]
📞 WhatsApp: +257 71320527