2️⃣ Umugambi w'igihugu
Paeej-Burundi watunganije kuri uyu wa 22/08/2023 ihiganwa ry'imigambi rigira kabiri mu makomine yose y'igihugu
🧮 Paterne Bingoye aserukira Paeej mu ntara ya amenyesha ko imigambi 98 ku 271 yatanzwe n'urwaruka ariyo iriko irahiganwa mu ntara ya Gitega. Haza gucagurwa 4 ya mbere muri buri komine,
ibiri ya mbere ikaba ariyo izohiganwa ku rwego rw'intara mw'ihiganwa ritegekanijwe kuri uyu wa 25/08/2023
📍 Imigambi ibiri ya mbere kiri buri komine izoronswa ingurane y'imiriyoni 7 n'imiriyoni 5 Fbu
💰 Nayo ku rwego rw'intara hazoronswa ingurane imigambi 5 ya mbere, nayo ikazoronswa amafaranga ari hagati y'imiliyoni 8 n'imiliyoni 10 Fbu
Bimenye Nawe
Pour Protege L'environement
22/08/2023
21/08/2023
Ababantu ntaco mwobavugakoo ¿?????????ibitangaza
21/08/2023
Imbabura yizewe kandi ibikora NEZA cane mugikoni.ushobora gukoresha amakara canke udusate dutoduto.
J'aime et partage ........
Want your school to be the top-listed School/college in Nyakabiga?
Click here to claim your Sponsored Listing.
Click here to claim your Sponsored Listing.
Location
Category
Contact the school
Telephone
Website
Address
Ngozi
Nyakabiga
719960
Nyakabiga
719960