20/08/2022
ITANGAZO
`````````````````
KIDS SCHOOL,
Turamenyesheje abavyeyi bose baharereye abana n'abipfuza kuharera ko umwaka w'ishure wa 2022-2023 uzotangura kuwa mbere igenekerezo rya 05/9/2022.
Musabwe kwitegura mufatiye kurico kirangamwanya.
Mufise ico mubaza ni 79301301/69114330