Ijwi Ry'Imana mu Bugararwa

Ijwi Ry'Imana mu Bugararwa Religieuse

01/11/2020
30/10/2020
30/10/2020

Uyu musi ishengero rya Christo rigide ikibazo kinini ahusanga ry iyunze n'abanyamahanga ndetse n'abanyepolitique,ugasanga hzshirwa hejuru abo gusa,ugac'usanga abafise ingabire z'ugukorera Imana babicaritse ngaho,ntan'ibango na rimwe bafise mw'ishengero,ninaho usanga intambara zidahera mw'ishengero kuko abahawe amabanga baniganira ubutegetsi gusa kubw'amafaranga yabo gusa.Ibibanza vy'agenewe abohawe ayo ma bango mw'ishengero vyahawe abanyamafaranga,n'abanye politique,bisigura rero k'uno musi ishengero risigaye ryaratemberewe n'isi,hako abantu bohungira mw'ishengero basigaye bayita KO arabateka mutwe,bashumba,ntumwa mwahamagawe,namwe bungere muze turoranye ibintu mw'ishengero rya Christo bikigendeka,ehe burije igihe kiratujanye niyaza ntazoraba ijunja,canke amafaranga azoraba ko wakoresheje itaranto yaguhaye nkuko bitegetswe rero ntituze tubazwe intama kubukutamenya ico twahamagariwe kanatsinda ijambo riravugo ngo "Abamenye vyinshi bazobazwa vyinshi twikebuke rero bikigendeka " murakoze umwami Yesu aduhe gutahura!!!!

Aho niho amavuta arondererwa kukarago
18/08/2020

Aho niho amavuta arondererwa kukarago

Yohana arasemerera mu bugararwa aravuga ATI ni mutegure Indira zanyu kuko harumwana w'umuhungu agiye kuvuka wo mu muryan...
03/03/2019

Yohana arasemerera mu bugararwa aravuga ATI ni mutegure Indira zanyu kuko harumwana w'umuhungu agiye kuvuka wo mu muryango sa dawidi n'umwami,yesu amaze kuvuka yohana arikibatiza aravuga ATI haraje undusha ububasha abatiza mu mazi no mumuriro ,yesu amaze kubatizwa ijwi rivuye mw'ijuru rimurongorera mu bugararwa,avuganirayo n'Imana amara imisi mirongine n'amajoro mirongine shetani ntiyasiba kumugerageza ariko arihangana aranesha bishoboka nawe ukaba uri mu bugararwa bw'indwara,ubukene,

Address

Musaga

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ijwi Ry'Imana mu Bugararwa posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share