01/04/2026
Imana Ntihamagara abakomeye ahubwo Ikomeza abo Yahamagaye.
Genda uko inkomezi zawe wa muhizi w'inkomezi.
Manifestation de la Gloire de Dieu
01/04/2026
Imana Ntihamagara abakomeye ahubwo Ikomeza abo Yahamagaye.
Genda uko inkomezi zawe wa muhizi w'inkomezi.
15/03/2024
What's faith?
How can you define faith
05/02/2024
Ivyanditswe vyose vyahumetswe n'Imana, kandi bigira ikimazi co kwigisha umuntu, no kumuhana, no kumutunganya, no kumutoza indero nziza mu kugororoka: kugira ng' umuntu w'Imana abe ush*tse, afise ibimukwiye vyose, ngw akore igikorwa ciza cose.
2 Timoteyo 3:16-17
Murahawe ikaze mwese. Ni kurya Zéro numéro 1 Mutakura à côté ya Station. Bizoba ari ibihe bidasanzwe vyo guhimbaza no gutazira. Jewe nawe tuze tuhabe. Hama utumire n'abandi.
18/09/2023
Sometimes the Smallest step in the right direction, end Up being the biggest step of your life.
Live simply, dream big, be grateful, give love and laugh lots.
It does not matter, how slowly you go, as long as you do not stop.
10/09/2023
10/09/2023
Kandi muzomenya ukuri, kandi Ukuri kuzobaha kwidegemwo.
19/08/2023
Turabatumiye mwese muri Kino kibanza. Ntuzasibe. Bizoba bineze neza cane.
16/02/2023
The only limits in the life, are the ones you make. Focus on your Vision. Peut importe uko ugenda soit wavura, utambuka bukebuke, wiruka; Ce qui est essentiel n'uko ushika kw'ihangiro ryawe.
Ne compare pas ta vie avec celle des autres. Live your life.
13/02/2023
Il suffit d'avoir une relation avec les gens qui voient plus loin, impera n'imperuka utegerezwa gushika Kure. Ugendanye n'abanyabwenge batanu, umunyabwenge wa 6 ni wewe.
On est la moitié de Cinq personnes que nous fréquentons. Vaut mieux être seule au lieu d'être mal accompagné.