24/08/2026
Ijambo ry,umusi: .
Abaguha imisi s,ibo Mana uzobaho kandi uzobaruta🙏
Abakubwira ko ataho uzoshika uzohabatanga kandi bazogusaba n,ubufasha bwo kuhashika🙏
Abakubwira ko ataco uzovamwo n,ibo bagiye kugusanga mu bibanza bitandukanye vy,iteka bagusabe ubufasha🙏
Ntihagire umuntu agusuzugurira k,ubu atazi kazoza kawe ufise destination yogushika ku ndoto zawe👉Abantu si bo Mana🙏
🙏Ndakwipfurije kunesha abansi,ugire n,intango y,indwi nziza urondere uronka🙏
👉 Levis Ntiranyibagira