IGIHE CANJE NAWE Familly

IGIHE CANJE NAWE Familly

Share

Kalibu!

Welcome dukorere Imana tukiri bazima,ivyacu sivyo dufise kuko turabisiga bagasigara babigabangana batabigushimira,ariko ivyacu nivyo dukoreshereje Imana: abashonje,abagenda gusa,twobaba hafi?

Photos from IGIHE CANJE NAWE Familly's post 05/05/2022

Igihe Canje Nawe
❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Mbega s'ugutanga ivyo kurya vyawe ukagaburira abashonje, ukazana aboro birukanywe ukabashira mu nzu yawe? Wabona ugenda gusa ukamwambika, ntiwirengagize mwene wanyu? Maze rer' umuco wawe uzoca utambika nk'umutwenzi, amagara yawe asubire atotahare vuba; ukugororoka kwawe kuzokuja imbere, kand' ubgiza bganje buzoba bukwimirije. Maze ni watabaza, jewe Uhoraho nzokwitaba; ni watakamba, nzovuga, nti Ndi hano. Ni wakura ugutwaza igitugu hagati muri wewe, no gutungira abandi urutoke, n'ibiyago bibi, ugahebera umushonji ivyo wari kurya, ugahaza impahazwa: umuco wawe uzorasira mu mwiza, kand' umwiza wawe uzohinduka nko ku murango w'amashoka; kandi jewe Uhoraho nzokwama nkurongora, nzohaza ubugingo bgawe mu gihe c'ikigatwa, nguhe kunonoka mu magufa yawe; kand' uzomera nk'indimiro ikwegewemw' umwuzi, kand' uzoba nk'isoko y'amazi idakama.
Yesaya 58:7-11

[email protected]

+25769544762

Want your school to be the top-listed School/college in Kayanza?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Telephone

Website

Address

RN1
Kayanza
HTTP//[email protected]