25/01/2023
Etienne Ndayiragije niwe ahawe amabanga yo kumenyereza umurwi nserukiragihugu Intamba mu rugamba (mu mice yose ). Amasezerano bamuhaye n'imyaka 2.
Etienne Ndayiragije yahoze ari umukinyi w'imirwi yo ngaha mu Burundi. Yaramenyereje imirwi itandukanye yo mu karere, harimwo n'umurwi nserukira gihugu wa Tanzanie Taifa Stars.
23/01/2023
Pole sana Landry promoter
25/11/2022
🔴Une fin d'année bien chargée d'activités sur l'agenda du duo Bilimani Boy.
...................
Après le concert de Bad Boy killer à Dubaï et son séjour passé au Rwanda avec Kirikou pour une collaboration avec le chanteur Bruce Mélodie ,ces deux chanteurs Burundais se préparent à ambiancer les mélomanes au pays de mille collines.
Le concert "Buja in Kigali" du duo Bilimani Boy aura lieu 26 novembre à Guilt Club en plein coeur de la ville de Kigali.
👉Un mot pour ces artistes.
25/11/2022
Simbizi wasemavumba amadeni yasavye ayatwara gusundura abanyonikazi.!!aramukozeko Ubu ari mumashamba yibururi kubandwa!!!
13/10/2021
Sat.b yubahwe!!!mundirimbo aheruka gusohora harimwo agace yanditse ngo:
Nkagusanga mucumba nzanye inkumi nkakubwira ati wigweyo ukabikora🤔🤔🤔nikenshi wamfashe ariko urambabarira nanj ndateba ndabimenyera!!!!