06/04/2026
🔴uko wobwira umugabo wawe KO ataco yakumariye ariko ukabivuga murupfasoni.
👉iki kibazo nimwe mwakibajije ngo jewe umugabo wanje ntankwiriza aheza naningoga nanje nkasigara ndarwana urugamba😂 wewe yavuzeko ari Nko guturira ishamba wabona rifashwe ugaca wiruka😂
uyomuntu rero ATI nkubu nihenze nkabimubwira umuntu amfata nabi yocafata nkakagaye akanyirukana. none ndabigenze gute?
✅inyishu
Muri kirya gikorwa bisaba kuvugana mukayaga ukamubwira kwariko abikora neza canke Aho wipfuza kwageza.
Aho rero kumufata nabi ,usutura umunwa hageze kubikora ukajunja nkingegene yigiti ,suko Bikorwa.
👉wewe urakora ivyo utegerezwa ukamuryohera Hama rero mwaheza ukamuraba mumaso ukamurabana urukundo ,ukamubwira uti uyumunsi vraiment uransondetse ukitwengera mbere ugaca umushimira kuko yakoze igikorwa c'ubutwari.burya ubutaha aza yikosoye.
iyomvugo ndakwigishije izokuyobora neza niwayigendera,nayo niwacuja kumusozi ngo ntaco umariye bizorangira upfuye nkimbwa.
ndashimiye abasoma bakagira like ,nshimira kandi abamaze kumfasha gushigikira grande sœur,mubandanye mumushigikira kandi murukundo ntangere, nimurabe vidéo muri commentaires