Mpano

Mpano

Share

Singer and Song writer based in Burundi🇧🇮 in East Africa

08/05/2026

Kukubona Jolie(cute) 🎵
Vyarangize folie (insane)🎷
Sinobaho udahari (bare you)🎸

Muca mumbwira uwundi murongo umwe hano wabakomye💃

Tubikore by Mpano

02/05/2026

🎙Iyi yoyo muyumva gute? Bandanya musaba iyo mushaka ko tubakorera

01/05/2026

Si mwebwe mwansavye gusubiramwo Tel aviv ya Sat-B ? Ehe ngiyi. Ca utubwira iyindi mwipfuza muri commentaire


25/04/2026

Tubwire muri commentaire iyindi ndirimbo wipfuzako dukora ku bwawe


🔊Uri umuririmvyi canke uvyipfuza?
Dufise ivyo ukeneye vyose kugira utere imbere mu muziki 🎼

🔥 Turabafasha

✔️ Kwandika indirimbo ku rwego rwo hejuru
✔️ Gukora Beat (Instrumental) imeze neza
✔️ Recording (gufata amajwi) mu buryo buri professional
✔️ Gufasha muri Mélodie & Backings
✔️ Coaching mu gihe uri muri Studio
✔️ Gutunganya indirimbo yawe (Production yuzuye)

💯 Quality niyo priorité yacu – Turakora gushika unyuzwe!

📢 Nimba ubishaka canke ufise umugenzi abikeneye, don't hesitate kuduhamagara:

📞 67234006
📱 WhatsApp: 79593800

📍 Twiteguye kugufasha gushika ku ndoto zawe 🎶

20/04/2026

Stay real. Stay sharp. The world is already watching. 🚀

19/04/2026

Cause I wanna be with you!🫂
Nunabishaka I go die for you 👫


Want your school to be the top-listed School/college in Bujumbura?

Click here to claim your Sponsored Listing.

Location

Telephone

Website

Address


Bujumbura

Opening Hours

Monday 07:00 - 12:00
Tuesday 07:00 - 12:00
Wednesday 07:00 - 12:00
Thursday 07:00 - 12:00
Friday 07:00 - 12:00