Djabban the classic

Djabban the classic MZUKA MZUKA NOMA

🚨 Sat-B satura amabafle ubu ntibikiri ibanga ni umwe mubagize umuryango wa   iyi bayita   terimbere muvandimwe bisaba uz...
05/04/2026

🚨 Sat-B satura amabafle ubu ntibikiri ibanga ni umwe mubagize umuryango wa iyi bayita terimbere muvandimwe bisaba uzokurikize amabwirizwa ntuzodekone kaka nayahandiho ayo bazoca bayamena ndake

27/03/2026
23/03/2026

This is kinama story �

23/03/2026

This kinama story�

  ubufasha bwawe bwihuta n'uko wogira   iyi nkuru ukiyibona hama nawe ukumva umutima wo gufasha   ico gihumbi cawe kirak...
19/03/2026

ubufasha bwawe bwihuta n'uko wogira iyi nkuru ukiyibona hama nawe ukumva umutima wo gufasha ico gihumbi cawe kirakenewe murakoze🙏

🟤 INKURU NSHASHA – Général de Police Alain Guillaume Bunyoni yarekuwe vy’imfatakibanzaAmakuru ava hafi y’ibohero rikuru ...
12/03/2026

🟤 INKURU NSHASHA – Général de Police Alain Guillaume Bunyoni yarekuwe vy’imfatakibanza

Amakuru ava hafi y’ibohero rikuru rya Gitega Prison yemeza ko Alain Guillaume Bunyoni, yahoze ari Umushikiranganji wa mbere w’Burundi, yarekuwe vy’agateganyo kubera ikibazo c’ubugwayi.

Aya makuru yatanguye gukwiragira ku mugoroba wo kuri uyu wa gatatu, aho vyavuzwe ko yafashwe ingingo yo kumurekura vy’imfatakibanza kugira ashobore kwitaho amagara yiwe no kwivuza. 🏥

Twibutse ko Alain Guillaume Bunyoni yinjiye mw’ibohero mu ntango z’umwaka wa 2023, yagirizwa ivyaha bitandukanye birimwo:

Guhungabanya umutekano w’igihugu ⚖️

Guhungabanya ubutunzi bw’igihugu 💰

Kuronka inyungu z’akazi mu buryo butemewe n’amategeko

Gukoresha amangetengete yo kugandagura Umukuru w’Igihugu (ico caha caje guhanagurwa mu nyuma)

Mu kurekurwa kwiwe, ntiyari wenyene. Yarekuwe ari kumwe n’abandi banyororo bashika ku 10, benshi muri bo bakaba barwaye, kugira nabo bashobore kuronswa ubuvuzi bukenewe. 🤝

Iyi ngingo ije ikurikira n’iyindi yo mu ndwi iheze aho abamenyeshamakuru Kenny Claude Nduwimana na Sandra Muhoza nabo bari barekuwe. 📰

📌 Abakurikiranira hafi ivy’Uburundi barabandanya gukurikirana ingene iki kibazo kizogenda gitera imbere mu minsi iri imbere.

🇧🇮




President William Ruto🇰🇪That thing doesn't exist
08/03/2026

President William Ruto🇰🇪
That thing doesn't exist

Ninde  ?Natubwire muri
05/03/2026

Ninde ?
Natubwire muri

  ritabera   😂😂😂
04/03/2026

ritabera 😂😂😂

Aha ni hamwe bakubwira ko   mu   kisiga  😂😂
03/03/2026

Aha ni hamwe bakubwira ko mu kisiga 😂😂

Ikibabaje nuko atakuramba kudapfa iyi niyo   ya   yamajaruguru igiye gusubirira abasirikare bicogihugu📣  🎤
10/02/2026

Ikibabaje nuko atakuramba kudapfa iyi niyo ya yamajaruguru igiye gusubirira abasirikare bicogihugu📣

🎤

🌍🌍 Ijambo ikoroboyi canke itadowa vyavuye kuki kubantu bazi inkomoko yayo mazina nibaze batubwire muri    _THE_CLASSIC 🎤...
08/02/2026

🌍🌍
Ijambo ikoroboyi canke itadowa vyavuye kuki kubantu bazi inkomoko yayo mazina nibaze batubwire muri

_THE_CLASSIC 🎤🎤

Address

Bujumbura

Opening Hours

Monday 09:00 - 17:00
Tuesday 09:00 - 17:00
Wednesday 09:00 - 17:00
Thursday 09:00 - 17:00
Friday 09:00 - 17:00
Saturday 09:00 - 17:00
Sunday 09:00 - 17:00

Telephone

+25769108880

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Djabban the classic posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share