STEP of FAITH MÉDIA

STEP of FAITH MÉDIA Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from STEP of FAITH MÉDIA, carama, gahahe, Bujumbura.

21/08/2026
Woba warumvise ino nkuru nziza?Aka ni akandi karyo keza Imana iduhaye mu gihugu cacu na cane cane ku ntara nziza ya Buju...
03/08/2026

Woba warumvise ino nkuru nziza?

Aka ni akandi karyo keza Imana iduhaye mu gihugu cacu na cane cane ku ntara nziza ya Bujumbura.

Urashaka Ubugingo Busagutse?

Kaze ku w'Imana igenekerezo rya 09/08/2026 kuri terrain ya KINANIRA III kuva isaha icenda kandi ivyo kwiyunguruza vyaratunganijwe neza kuko azoba ari ku buntu.

Ino nkuru nziza ntuyigumane utayibwiye abandi kugira nabo bazobone ubwiza bw'Imana.

📢 Invitation SpécialeRejoignez-nous pour un moment puissant d'enseignement et de révélation !🗓 Date : 05 août 2026🕔 Heur...
31/07/2026

📢 Invitation Spéciale

Rejoignez-nous pour un moment puissant d'enseignement et de révélation !

🗓 Date : 05 août 2026
🕔 Heure : 17h00
📍 Lieu : Trans World Radio

Thème : Le Monde des Esprits
🎙 Orateur : Prophète of Jusis Joshua Joshua

Venez découvrir les réalités du monde spirituel à travers une parole inspirée et transformative. Ne manquez pas ce rendez-vous qui pourrait changer votre vie.

Nous vous attendons nombreux !

📸 Retour en images de YESU INUKA – Live Recording à l'Église Épiphanie.Une soirée remplie de la présence de Dieu, de lou...
22/07/2026

📸 Retour en images de YESU INUKA – Live Recording à l'Église Épiphanie.

Une soirée remplie de la présence de Dieu, de louange et d'adoration, avec la participation des chantres et . Que le nom de Jésus soit élevé au-dessus de toute chose !

🔴 "Iki ni co gihe ku Burundi co kwakira Ubutumwa Bwiza." — Matthew RamosAyo ni yo majambo ya mbere umuvugabutumwa Matthe...
21/07/2026

🔴 "Iki ni co gihe ku Burundi co kwakira Ubutumwa Bwiza." — Matthew Ramos
Ayo ni yo majambo ya mbere umuvugabutumwa Matthew Ramos yashikirije akimara gushika mu Burundi kuri uyu wa 20 Mukakaro 2026.
Avuye muri Afurika y'Epfo, yaje kwitabira igikorane c'ivugabutumwa categuwe na The Cross Ministry. Yavuze ko yari amaze igihe afise iyerekwa ry'uko azoza mu Burundi kandi ko yishimiye kubona igihugu yahora yumva bita umutima wa Afurika.
Yahamagariye Abarundi bose kuzokwitabira ico gikorane no kwitega ibikorwa bikomeye vy'Imana kuva ku wa 24 gushika ku wa 26 Mukakaro 2026, i Mugere kwa Sebatutsi.


  Yesu ageze aho ibintu bisa n'ivyapfuye, ubuzima buragaruka. Uyu musi na wewe urashobora kubona igitangaza cawe. 🙏🔥 Nk'...
07/07/2026

Yesu ageze aho ibintu bisa n'ivyapfuye, ubuzima buragaruka. Uyu musi na wewe urashobora kubona igitangaza cawe. 🙏🔥 Nk'uko Lazaro yazutse, ni ko Imana ishobora kuzura inzozi zawe, ukwizera kwawe n'ivyari vyarapfuye

Igihe c'ubuntu kirageze! 🙏🔥 Umukozi w'Imana arinjiye, imitima yuzuye ivyizigiro, kandi twiteze ko Imana igira ibikomeye....
07/07/2026

Igihe c'ubuntu kirageze! 🙏🔥 Umukozi w'Imana arinjiye, imitima yuzuye ivyizigiro, kandi twiteze ko Imana igira ibikomeye. Uhoraho ahabwe icubahiro cose!

✨ AKANDI KARYO CONCERT TOUR 2026 – Bujumbura, Burundi 🇧🇮Mbega umugoroba w'ivy'ubuntu n'ugusenga! Imana yaradushikiyeko m...
05/07/2026

✨ AKANDI KARYO CONCERT TOUR 2026 – Bujumbura, Burundi 🇧🇮

Mbega umugoroba w'ivy'ubuntu n'ugusenga! Imana yaradushikiyeko mu buryo budasanzwe, imitima iraruhuka, abantu benshi barahumurizwa kandi izina rya Yesu riraninahazwa.

Turashimira bose bitabiriye, abaririmvyi, abarongozi n'abateguye iki gikorwa. Imana ibahezagire cane!

📸 Ng'aya amwe mu mafoto y'ibi bihe vy'agaciro.

Address

Carama, Gahahe
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when STEP of FAITH MÉDIA posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The School

Send a message to STEP of FAITH MÉDIA:

Shortcuts

Share