IMANA ISHIMWE NDABAKUNDA BAKUNZI BIYI PAGE IMANA IBAHE KURAMBA TURAMBANE
Yesu araje Rema
Hustle ๐
Jโai gagnรฉ 2 042 followers et reรงu 166 rรฉactions au cours des 90 derniers jours ! Merci ร toutes et tous pour votre soutien sans faille. Je nโaurais pas pu y arriver sans vous. ๐๐ค๐
08/10/2025
๐ก๐๐ฅ๐๐๐๐ง๐ฆ๐ช๐ ๐๐จ๐ฆ๐๐ ๐๐๐ก๐ ๐ก๐จ๐ ๐จ๐ฆ๐ข๐ฅ๐ ๐๐จ๐ฆ๐๐ก๐๐๐ก๐ ๐๐๐ก๐๐ ๐ก๐จ๐๐๐๐ ๐๐ ๐๐ก๐ ๐๐๐ก๐๐ ๐ก๐ง๐๐ฅ๐ ๐ก๐๐๐๐ง๐๐๐จ๐ฌ๐ ๐๐
Intahe Twahawe Numu kenyezi
""Narahatswe Gusambana Nuwo dusangiye Urugendo ruja mwijuru kandi twese tutabiteguye
Nagize Ubugenzi burenze Hamwe nuwo dufatanije murugendo gwo Kuja mwijuru
Nibagirako naho Dusengana Atari Musanzanje ,kandi ko Umubiri Atawe Utotsinda hasi yawuhaye Agasaya
Twari abagenzi Pe kuri telephone twarayaga cane biciye mubutumwa bugufi Sms (Messages)
Akenshi Twayaga Ivyo Imana ambwira Ijambo Ry'Imana nanje nkamubwira Tukubakana Murugendo
sinamenye ko satani Afise Umugambi wo Kuzotutegera Aho nyene kugira Atwigarurire Atwicire kazoza,
Twarayaga cane Gushikaho Numva atanyandikiye Mbabaye, Nkaguma ndindiriye Ko Telephone Isona Ngo Ndabe kwariwe Anyandikiye
Atangura kumbwira ko ankumbuye
Nanje ntabeshe narumva mukumbuye
Natunguwe nukuntu yatanguye kumbwirango ndakubwije Ukuri Uri mwiza
Kandi Ntacaha nkoze kubera
Na bibiliya Iravugako Hariho Abanyakaranga nanje ati Murakoze
Mwuko Gukumburana kwacu Kwahavuye Kuvamwo
Ama Randevu (Gupanga aho Duhurira ngo Inkumbu zihere )
Satani yatanguye Kudutegera Mukugumbirana
canke Kugwana munda, akangwa munda Umwanya munini
Imibiri Igakorana
Bityo bityo, Tukabona ataco bitwaye ,
Haragera aho nza ndakumbura kumubona Amaso muyandi Niko kumbwira Umusumwe ati
Iyo duhuye Tukaramukanya
Ariko mubantu beshi ,baratuma tutayaga Bikwiye
Wozoza kundaba Imuhira ?
Yari asanzwe akora akazi kiwe aha mugisagara ariko Yipangiye inzu.
Nanje ati kwari mwenedata Reka nzogende ntaco Azongira
Nibagiyeko Umunabwenge agendana amakenga
Naragiye nsaga ari muhira arandindiriye
Tuja muvyo kugumbirana nkuko vyama ariko ko twari babiri gusa twaragumbiranye akanya
Hama turaheza tuja mubiyago
vy'Imana nkuko twahorA
Haheze Umwanya Ibiyago Vy'Imana biragabanuka atangura kumbwira ukuntu ndi Mwiza
Ngo Nuko ubwiza bwanje Ndabuhisha
Nkambara izigera kubirenge Nohitany beshi
ati kandi nivyiza Kubana b'Imana Kwikwiza,
Ati murakoze
Vyatevye atangura kunyegera Tuganira anfashe ukuboko nanje ntangura kwumva umubiri uhindutse Ntangura kwumva ubwoba ariko ndiremesha ati ntanakimwe nibisanzwe ,
Ndamuravye mumaso mbona nawe yahindutse
ariko sinabitindako,
Ariko uko umwanya uhera niko nanje numva
Mera nabi atangura kunkorakora nanje ndamureka ko nari namaze kwonekara mubwonko Uko yankorako niko Inkomezi zahera
Ibara rigira rigwe
Yesu aca aratabara haca haza umugenzi wiwe kumuramutsa nanj kubwo ubwoba Ntinya ico ahava yiyumvira ambonyeho turi babiri
Nca ndinyegeza Umutima urasimba cane uhakwa kuncamwo
Umuhungu yigira uwejo ko yari wenyene baravuganye nuwo mugenzi nka 15min uwo mugenzi aragenda maze ndanyeguruka nahise ntaha atanuko nsezeye nash*tse Niruhutsa Kuko mpatswe Guhemuka
Mpatswe Gukora icaha naciye ndamwandikira ati Urabonyeko Umubiri Utamenyegwa
Duhagarike Ubu bucuti bwacu Kuko Satani yagomba abudutegeremwo atugushe Uko turi babiri
Nawe aransaba Imababazi ko atavyo yarigamije ahubwo nyabuna ko Ari agatego Satani yari yaduteze
Maze Turasaba Imana Idufashe Guhagarika Iyo Migenderanire Ihatswe Kudukwegera
twaciye Tubandanya Twiha Imana ubu Ndashima yesu kuko satani yashaka sinze mbone Ivyiza .
Ubu Ndi Umu maman wabana Batatu nawe numupapa yIyubashe, kandi Numukozi W'Imana murakoze
๐๐ ๐ฃ๐๐ก๐จ๐ฅ๐ข
โ ๏ธ๐๐๐ฎ๐ฟ๐๐ธ๐ฎ ๐ ๐๐ค๐ข๐ท๐ถ๐ท๐๐ฒ
๐ ๐๐ฟ๐ฎ๐ด๐ฎ๐ฏ๐ฒ ๐๐๐ธ๐ผ ๐๐ฎ๐๐ฎ๐ป๐ถ ๐ฎ๐๐ถ ๐ป๐ฒ๐๐ฎ ๐ธ๐ผ ๐ฎ๐ฟ๐ถ๐บ๐๐ฒ ๐๐ต๐ฒ๐ป๐ด๐ฒ๐ฟ๐ผ ,๐๐ด๐ถ๐ต๐๐ด๐ ,๐ฉ๐๐ฒ๐ท๐ผ ๐ฎ๐ฟ๐ฎ๐ด๐ฒ๐ฟ๐ฎ๐ด๐ฒ๐๐ฎ ๐ธ๐๐ฏ๐ฎ๐๐ฒ๐๐ฎ ๐๐๐๐ฎ๐ต๐ฎ ๐ธ๐๐ด๐ถ๐ฟ๐ฎ ๐บ๐๐ต๐ผ๐ป๐ฒ
โ ๏ธโ ๏ธโ ๏ธโ ๏ธโ ๏ธโ ๏ธโ ๏ธโ ๏ธโ ๏ธโ ๏ธโ ๏ธโ ๐๐ป๐จ๐๐จ๐ฆ๐๐ ๐๐๐ก๐ฌ๐
๐๐ป๐๐ช๐จ๐ก๐ช๐ ๐๐๐๐ฌ๐๐ฌ๐จ๐ฅ๐ ๐ ๐จ๐ง๐ช๐
๐ต๒ ต๒ ต๒ต๒
ต๒
,๐จ๐๐ช๐๐๐ ๐ก๐๐๐๐ก๐๐.
๐ ๐ช๐๐๐จ๐๐๐๐ข ๐๐ฉ๐ฌ๐ข ๐ฉ๐ฌ๐ข๐ฆ๐ ๐๐๐ง๐จ๐ ๐ ๐๐๐ญ๐ข๐ญ๐ ๐๐๐ช๐ ๐๐๐ฃ๐๐, ๐จ๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐จ๐ฅ๐๐ฅ๐๐ก๐ ๐๐๐๐๐จ๐๐จ ๐ก๐๐ฆ๐๐๐ก๐๐๐ฅ๐ข ๐ก๐ง๐๐๐ข ๐๐๐๐จ๐๐จ๐ฅ๐๐๐ข ๐๐จ๐๐ข ๐จ๐๐ ๐ช๐๐ฃ๐๐จ๐ฌ๐ ๐ ๐จ๐๐ช๐ข๐ก๐๐ข
๐๐๐ฅ๐ ๐๐ก๐ญ๐ข๐ญ๐ ๐ญ๐๐ช๐ ๐ช๐๐ฃ๐๐จ๐ญ๐ ๐๐จ๐ฆ๐๐๐๐๐๐ข ๐๐ฅ๐๐๐ข ๐๐ฌ๐ข ๐ช๐๐ฆ๐๐ข๐ฌ๐ ๐ ๐ช๐๐ฉ๐ฌ๐ข ๐ญ๐๐๐ ๐ญ๐๐ฃ๐๐จ๐ฌ๐
๐๐ช๐๐ฅ๐จ๐๐ ๐ ๐๐ก๐ฌ๐ ๐จ๐๐จ๐๐ข๐ ๐ ๐ก๐จ๐๐จ๐๐จ๐ก๐๐ ๐๐ช๐ ๐ฆ๐๐ง๐๐ก๐ ๐๐๐ข๐ฅ๐๐ฆ๐๐ ๐ก๐๐ข ๐๐ฅ๐๐ ๐๐จ๐ฅ๐ ๐๐๐๐ฅ๐๐ ๐ช๐ ๐ ๐จ๐ก๐ง๐จ
โ ๏ธ๐๐บ๐ฎ๐๐ฒ๐ฟ๐ถ ๐ฎ๐ธ๐ผ๐ฟ๐ฒ๐๐ต๐ฎ ๐ธ๐๐ด๐ถ๐ฟ๐ฎ ๐๐ด๐๐ถ๐๐ต๐ฒ ๐ฎ๐ฏ๐ฎ๐๐ฒ๐ป๐ด๐ฎ ๐ธ๐ฎ๐ป๐ฑ๐ถ ๐ฎ๐ฏ๐ถ๐ฐ๐ถ๐ฟ๐ฒ ๐ธ๐ฎ๐๐ผ๐๐ฎ ๐๐๐๐๐
๐๐ธ๐ผ๐ฟ๐ฒ๐๐ต๐ฎ ๐ฎ๐บ๐ฎ๐๐ฒ๐ฟ๐ถ ๐บ๐ฒ๐ป๐๐ต๐ถ
๐๐ป๐จ๐ด๐๐ฎ๐ฟ๐๐ธ๐ฎ ๐ฎ๐ฏ๐ฒ๐ฟ๐ฒ๐ธ๐ฎ๐ธ๐ผ ๐๐ฎ๐ณ๐ถ๐๐ฒ ๐จ๐ฏ๐๐ฏ๐ฎ๐๐ต๐ฎ ๐๐๐ผ๐๐๐บ๐๐ฎ ๐ฎ๐๐ฎ๐ฏ๐๐๐ฎ๐บ๐ฏ๐ฎ๐ป๐๐ถ ๐ฏ๐ผ๐ด๐๐ฎ๐บ๐๐ผ ๐ป๐ฎ๐ต๐ผ ๐ฏ๐ผ๐ฏ๐ฎ ๐ฏ๐ฎ๐ฟ๐ถ๐ธ๐๐บ๐๐ฒ ๐ง๐ฎ๐ฐ๐จ ๐๐๐๐๐ก๐ฎ๐ฃ๐ ๐ข๐ ๐ข๐ญ๐ฌ๐ข๐ง๐ ๐๐บ๐๐ฎ๐ป๐๐ฎ ๐บ๐๐ป๐ถ๐ป๐ถ ,
๐๐๐ฎ๐ป๐ฎ ๐๐ฏ๐๐ฐ๐๐๐ถ ๐ฎ๐๐ฎ๐ต๐ผ ๐ฏ๐๐ณ๐ฎ๐๐ถ๐๐ฒ ,๐ฐ๐ผ๐ฝ๐ถ๐ป๐ฎ๐ด๐ฒ (๐๐๐ท๐ฎ ๐บ๐๐ฐ๐ผ ๐ฏ๐ถ๐๐ฎ ๐๐ฟ๐๐ธ๐๐ป๐ฑ๐ผ ๐บ๐๐๐ฎ๐ฟ๐ฎ๐ธ๐๐ถ๐๐ฎ ๐ถ๐บ๐๐ฎ๐ธ๐ฎ ๐๐ผ ๐ธ๐๐ฟ๐๐๐ต๐ถ๐ป๐ด๐ฎ ๐ ๐๐ธ๐ถ๐ฟ๐ถ ๐บ๐๐บ๐ฎ๐๐ต๐๐ฟ๐ฒ ๐๐ฎ ๐๐ฎ ๐ฆ๐ฒ๐ฐ๐ผ๐ป๐ฑ๐ฎ๐ถ๐ฟ๐ฒ ๐ป๐ฎ๐ต๐ฎ๐ป๐ฑ๐ถ )
๐๐ป๐๐๐ฑ๐ฎ๐๐ฒ๐ป๐ด๐ฎ
๐๐ป๐๐๐ถ๐ณ๐ฎ๐๐ฎ๐ป๐๐ฎ ๐ป๐ฎ๐ฏ๐ถ๐๐ถ ๐บ๐๐บ๐๐ฎ๐บ๐ฏ๐ฎ๐ฟ๐ผ ๐ป๐ถ๐ฏ๐ถ๐ป๐ฑ๐ถ (๐๐๐ฎ๐บ๐ฏ๐ฎ๐ฟ๐ฎ ๐ป๐๐ถ๐บ๐๐ถ๐ธ๐๐ถ๐๐ฒ ๐ธ๐๐ฏ๐ฎ๐ธ๐ผ๐ฏ๐๐ฎ ๐ฏ๐ถ๐๐๐บ๐ฎ ๐ฎ๐ฏ๐ฎ๐ต๐๐ป๐ด๐ ๐ฏ๐ฒ๐๐ต๐ถ ๐ฏ๐ฎ๐ฏ๐ถ๐ฟ๐๐ธ๐ฎ ๐ถ๐ป๐๐๐บ๐ฎ ๐บ๐ฎ๐๐ฒ ๐ฏ๐ฎ๐ธ๐ฎ๐ฏ๐ฎ๐ป๐ฒ๐๐ต๐ฎ ๐ฆ๐ฎ๐ค๐๐๐ ๐๐๐๐ฌ๐๐ฆ๐๐๐ง๐ฒ๐ข )
๐๐ป๐๐๐๐๐ฏ๐ฎ๐ก๐ ๐ฎ๐ฏ๐ฎ๐๐๐ฒ๐๐ถ
๐๐ป๐๐๐ฑ๐ฎ๐ธ๐๐ฟ๐ถ๐ธ๐ถ๐๐ฎ ๐ถ๐บ๐ฝ๐ฎ๐ป๐๐ฟ๐ผ ๐๐ฎ๐ฏ๐ฎ๐ฑ๐๐ธ๐๐ฟ๐ถ๐ฟ๐ฎ
๐๐ป๐๐๐ต๐ฎ ๐๐ธ๐ถ๐ฏ๐ฎ๐ป๐๐ฎ ๐ธ๐ถ๐ป๐ถ๐ป๐ถ ๐๐ป๐ฐ๐๐๐ถ ๐๐ฎ๐๐ฒ ๐ธ๐๐ฟ๐๐๐ต๐ฎ ๐๐ธ๐ผ ๐จ๐ต๐ฎ ๐๐ธ๐ถ๐ฏ๐ฎ๐ป๐๐ฎ ๐๐บ๐ฎ๐ป๐ฎ
๐๐ป๐๐๐๐๐ด๐ฎ ๐๐ฏ๐ถ๐๐ฒ๐๐ฒ ๐๐๐ผ๐ป๐ถ
๐๐ป๐๐๐๐ฎ๐ฏ๐๐บ๐ฏ๐๐ฎ ๐ป๐ถ๐๐๐ผ ๐จ๐ณ๐ถ๐๐ฒ ๐ธ๐๐ฏ๐ฎ๐ธ๐ผ๐ฏ๐๐ฎ
๐๐๐๐ผ ๐๐๐ผ๐๐ฒ ๐ป๐ถ๐ฏ๐ถ๐๐๐บ๐ฎ ๐ฎ๐ฏ๐ฎ๐ป๐ฎ ๐'๐๐บ๐ฎ๐ป๐ฎ ๐ฏ๐ถ๐๐ฎ๐ป๐ด๐ฎ ๐บ๐๐ฏ๐๐๐ฎ๐บ๐ฏ๐ฎ๐ป๐๐ถ
๐๐ฎ๐ป๐ฑ๐ถ ๐ฏ๐ฎ๐ด๐ฎ๐ธ๐ผ๐บ๐ฒ๐๐ฎ ๐ฏ๐ฎ๐ธ๐ผ๐ฟ๐ฒ๐ฟ๐ฎ ๐๐บ๐ฎ๐ป๐ฎ ๐บ๐ฎ๐๐ฒ ๐ฏ๐ฎ๐ธ๐ถ๐ธ๐๐ฒ๐ด๐ฒ๐ฟ๐ฎ ๐จ๐บ๐๐๐๐บ๐ผ ๐๐๐ผ๐๐ต๐ถ๐ธ๐ฎ ๐ป๐ผ๐ธ๐๐ฏ๐ฎ๐ป๐ฎ ๐ฏ๐ฎ๐ฏ๐ผ ๐ฏ๐ถ๐๐๐ผ ๐๐ฎ๐๐ฎ๐ป๐ฎ ๐ฎ๐ฏ๐ฎ ๐๐ถ๐๐ต๐ฒ ๐จ๐ฟ๐๐ด๐ฎ๐ป๐๐ฒ ๐ด๐๐๐ฏ๐ ๐ป๐๐ฟ๐๐๐ผ๐๐ฎ
๐๐ ๐๐ก๐ ๐ถ๐ฑ๐๐ณ๐ฎ๐๐ต๐ฒ ๐ฐ๐ฎ๐ป๐ฒ
๐๐ฐ๐ผ ๐๐ผ๐ธ๐ผ๐ฟ๐ฎ
๐
โ ๏ธ๐๐ฎ ๐บ๐ฎ๐๐ผ ๐ฐ๐ฎ๐ป๐ฒ ๐จ๐ฟ๐ฒ๐ธ๐ฒ ๐ธ๐๐ถ๐๐ฒ๐ฟ๐ฎ ๐ฎ๐ฏ๐ฎ๐ป๐๐ ๐ป๐ฎ๐๐ฒ ๐จ๐ฏ๐๐ฎ๐๐ฒ ๐ก๐๐ถ๐๐ถ๐๐ถ๐๐ฒ๐ฟ๐ ๐ธ๐๐ฟ๐ถ ๐ฎ๐ด๐ฎ๐ธ๐ผ๐บ๐ฒ๐๐ฒ ๐จ๐๐ผ๐ด๐๐ฎ ๐บ๐๐ฐ๐ฎ๐ต๐ฎ
โ ๏ธ๐๐ต๐ฎ ๐๐บ๐ฎ๐ป๐ฎ ๐๐ธ๐ถ๐ฏ๐ฎ๐ป๐๐ฎ ๐ธ๐ถ๐ป๐ถ๐ป๐ถ ๐ธ๐๐ฟ๐๐๐ต๐ฎ ๐ถ๐ฐ๐ผ ๐๐ต๐ฎ ๐ฎ๐ฏ๐ฎ๐ด๐ฒ๐ป๐๐ถ
โ ๏ธ๐ฆ๐ฒ๐ป๐ด๐ฎ ๐ฐ๐ฎ๐ป๐ฒ ๐ธ๐ฎ๐ป๐ฑ๐ถ ๐๐๐ฒ๐ป๐ด๐ฒ๐ฟ๐ฒ ๐ธ๐ฎ๐๐ผ๐๐ฎ ๐ธ๐ฎ๐๐ฒ
โ ๏ธ๐จ๐บ๐๐ถ๐ฟ๐ฎ ๐๐บ๐ฝ๐ฎ๐ป๐๐ฟ๐ผ
โ ๏ธ๐๐ฒ๐ป๐ฑ๐ฎ๐ป๐ฎ ๐ฎ๐บ๐ฎ๐ธ๐ฒ๐ป๐ด๐ฎ
โ ๏ธ๐๐ฒ๐ป๐ฑ๐ฎ ๐ฏ๐๐ธ๐ฒ๐ฏ๐๐ธ๐ฒ ๐ ๐๐๐๐ผ ๐๐บ๐ฎ๐ป๐ฎ ๐ถ๐ฐ๐ผ ๐๐ฑ๐ฎ๐๐ฎ๐ต๐๐ฟ๐ฎ ๐๐ฏ๐ฎ๐๐ฒ ๐ฎ๐ฏ๐ฎ๐ธ๐๐ฏ๐๐ถ๐๐ฒ ๐๐ฏ๐๐๐๐บ๐๐ฎ ๐ฏ๐๐ถ๐๐ฎ
โ ๏ธ๐๐๐บ๐ฏ๐๐ฎ ๐ป๐ถ๐๐๐ผ ๐๐ณ๐ถ๐๐ฒ ๐๐ถ๐ต๐ฎ๐ป๐ด๐ฎ๐ป๐ฒ
๐ ๐๐ฟ๐ฎ๐ธ๐ผ๐๐ฒ ๐ฐ๐ฎ๐ป๐ฒ ๐ป๐ฎ๐บ๐ฏ๐ฎ ๐๐ธ๐ผ๐๐๐ฒ ๐ธ๐๐บ๐๐๐ถ๐บ๐ฎ ๐ป๐๐ฎ๐ป๐ด๐ถ๐๐ฎ ๐ฎ๐ฏ๐ฎ๐ป๐ฑ๐ถ
20/04/2025
pasika nziza kur twese Abayemera.
07/04/2025
23/11/2023
Umusore umwe yatashe mw'ijoro asanga muhira baryamye arangurura mu cumba ciwe nawe araryama mu masaha atandatu y'ijoro arota abona iwabo mu rugo hari abantu benshi bariko bararira yegera umwe mu babanyi aramubaza ati:hano muhira ko ndahabona abantu benshi habaye iki?
wa mubanyi akomeza kurira munyuma amubwira ati:ni wewe wapfuye genda urabe mw'isandugu nawe
wa musore agiye kureba asanga koko niwe akoma induru nyinshi avuga ati :ntibishoboka ko muja kumpamba jewe ndi muzima
bamwishura ati:uza wacerewe ubu nyene tugiye kuguhamba
Yongera akoma induru nyinshi avuga ati:Mana ntabara ntabara aca ava mu ndoto afite ubwoba bwinshi cane ariko arajugumira afukama imbere y'igitanda ciwe avuga ati:
Mana ino ndoto imbujije amahoro ico ngusabye muri rino joro nyene nimba hari umuntu ashaka kunyica ugwane nawe ngwanirira Mwami
ahejeje kuvuga ayo majambo aca araryama bukeye mu gitondo asohotse hanze abwigwa ko Senge /Shangazi wiwe yapfuye batamenya ica mwishe
nawe yibwira mu mutima ati:none ko Senge atari arwaye byagenze gute ?munyuma nawe atangura kurira akoma induru hashize akanya haza agatamakazi kanyagiwe n'imvura aboneka ko arushe byukuri amubwira ati:mwuzukuru reka kurira kuko ari Imana yagutabaye irya ndoto warose mw'ijoro niyo Senge /Shangazi wawe yagira agutange ikuzimu maze imitungo yiwe itere ija imbere
wa musore arunama hasi maze agira amubaze uko byagenze asanga ahari ka gatamakazi abura irengero ryako arebye aho kari kahagaze abona agapapuro kanditseko kuno:"Ndi Uhoraho Mana yawe"
wa musore asubiza icyubahiro Imana avuga nuganze nuganze Mwami
Wewe uhejeje gusoma ino nkuru nimba hari abakugwanya mw'ibanga utazi Imana igiye kukugwanira ntaco bagiye gushikako kuko Imana ariyo igufiteko ububasha maze ugere kubyo wipfuza byose niba wemera ko ugiye gutabarwa vuga impwemu mbi zose zihunge mw'izina rya Yesu uheze usangize abandi ino nkuru mu magroup atandukanye no mu bagenzi bawe ugaragaze ubushobozi bw'Imana nayo izakugirira neza AMEN.
14/07/2023
๐Urukundo rutari rรฉciproque ruravuna mugabo kumenya impamvu y'Urwo RUKUNDO ni ikintu c'agaciro caaane cane mbere.
Kw'ishure rimwe hakunda kuba imisi mikuru abana bakazanana n'abavyeyi babo bakaberekana bakanezerererwa hamwe!
Hanyuma Harimwo umwana yari afise maman wiwe yahiye mumaso afise ishusho idasa neza. Maze Uwo mwana akumva atewe isoni no kujana Mama wiwe kw'ishure abandi bamubone.
Umusi umwe aramubaza:
- kuberiki utemerako tujana mu birori ga mwana wanje!?
-Mama ni umusi mukuru w'abana wewe ntuze๐
Ariko Mama wiwe yari yamaze kumenyako umwana atishimiye uko Ari.
Yaramwinjiranye munzu amwereka yarimwo ama amwereka ifoto y'umugore mwiza. Aramubwira ati :" Waouh mbega umugore mwiza !!"
Mama wiwe aramwishura Ati:
"Nijewe!!"
Umwana arahakana avyamirira kure.
Aramubwira ati:
๐ Ukiri uruyoya,nagusize munzu ngenda kw'isoko nagarutse nsanga inzu twabamwo IRIko irasha๐ฅ๐ฅ abantu bariko baravuza induru, maze atanumwe ashobora kwinjira kugutabara๐ญ Wari ukikijijwe n'umuriro!
Nagerageje kwitayo baramfata๐ญ๐ญ
Maze sinzi uko basamaye NCA nitera mw'uwo muriro๐ญ๐ฅ ndaguhambira mu mumpuzu hama ndiko ndasohoka Igishirira c'umuriro kinkorokerako NCA ndasha mumaso Mera uku ubona!!๐ญ๐ญ
Umwana yaraboroze asaba imbabazi umuvyeyi wiwe. Ubukurikira yaramujanye Ku birori n'abandi bana maze arababwirako Ari mama wiwe nabo barabihakana.
Arababwira ati: Uyu ni mama wanje n'ubwo mumubona Ameze uku yaranyitangiye,sinzi niba ba mama banyu bokora ibi ariko ndamukunda kuko yanyitangiye.
Yesu yatanze ubugingo bwawe kubwawe yemera kwicwa mu gishingo cawe none nawe bigutera isoni kumwatura mubandi๐ญ๐ญ.
Icompa ukamenya urukundo Yesu yagukunze!!
Iriba Ryiza
14/07/2023
Hahirwa uwahariwe ugucumura kwiwe, icaha ciwe kigatwikirwa.
Hahirwa umuntu Uhoraho adaharurak' ukugabitanya,
Umutima wiwe ntubemw' ubugunge.
Zaburi 32:1-2
13/04/2023
RIP
Yitwa CIZA ETIENNE yahora akorera ibikorwa vy'Imana ku rusengero rwa pentekote I Bujumbura ku Ntahangwa akaba ahejeje kurangiza urugendo rwiwe kw'isi kuri uyu muhingamo.
Uyu yakiriye AGAKIZA mu gihe c'umuvyuro Aho abantu bakizwa nkabagira batahe.
Arangije urugendo umuvyuro utakiriho nka mbere.
Uyu yakunda gusenga. Amakuru yari yaratubwiye nuko yahora avyuka samunani z ijoro agasenga. Yakunda gusenga cane.
Ijambo ry Imana riti HAHIRWA ABAPFA BAPFIRA MU MWAMI NGO BARUHUKE UBUTAME BWABO.
TWAME TWITEGUYE KUKO TUTAZI UMUSI/ISAHA.
Click here to claim your Sponsored Listing.