“Mwami Yesu ✝️, urakoze ku musaraba wawe wambereye agakiza 🙏❤️ Urukundo rwawe ntirugira iherezo 💖
Olivier’s Blooming World
Life is short, let’s enjoy it everyday�
05/04/2026
✨ Pasika nziza kuri mwe! 🐣🌿
Imana ibahe umugisha mu kazi kanyu 💼💰,
ibongerere amahoro 🤍 n’inyungu nyinshi 📈.
Mugire ubumwe n’urukundo 🤝❤️,
kandi mwamane ubuvukanyi bwiza butuma mutera imbere mwese hamwe 🙌✨.
🌸🐰 Pasika nziza cane! 🌸🐰
03/04/2026
Pilate yavuze kuri Yesu Kristo ati:
👉 “Nta caha mbona kuri we.” (Yohana 18:38)
Ariko nubwo yabivuze: 👉 Yaramutanze ngo abambwe kubera ubwoba bw'igitsure c’abantu.
✅ Inyigisho: kumenya ukuri ntibihagije, Ahubwo kuraharanirwa kugirango kubeho.
Prophète du jour,..O N . 🙏
★彡 Heri ya Eid kwa wote 彡★
♥️♥️ Rahira ??
📖 Biblia – Zaburi 23:1
“Uhoraho ni we mwungere wanje, sinzokena na gatoyi.
Zaburi 23:1
“Uhoraho ni we mwungere wanje, nta co nzobura.” 🙏
😂😂😂😂😂😂😂
Sur ???
Niterambere irihe wogerako ukumva urishimye cane ?
Imana ihezagire urutoke rugiye kwandika # mugushima aho igejeje Ikora🤷
Click here to claim your Sponsored Listing.
Location
Category
Contact the school
Telephone
Address
Bujumbura
HTTPS://WWW.FACEBOOK.COM/PROFILE.PHP?ID=100072297069975